ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 49:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Mugabo ibi ni vyo Yehova avuze: “Mbere n’umugwi w’imbohe w’umugabo w’inkomezi uzojanwa+, kandi abamaze kujanwa n’intwazamukazo bazorokoka+. Jewe ubwanje nzonigana n’abanigana nawe+, kandi abana bawe jewe ubwanje nzobakiza+.

  • Daniyeli 2:44
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 44 “Mu misi y’abo bami+, Imana yo mw’ijuru+ izoshinga ubwami+ butazokwigera busenyurwa+. Kandi ubwo bwami ntibuzohabwa ikindi gisata c’abantu+. Buzojanjagura ubwo bwami bwose bubuherengeteze+, yamara bwobwo buzohangama gushika ibihe bitagira urugero+,

  • Ivyakozwe 26:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 ngo uhumure amaso yabo+, ngo ubahindukize bave mu mwiza+ baje ku muco+, kandi ngo bave mu bubasha bwa Shetani+ baje ku Mana, kugira ngo baronke ukubabarirwa ibicumuro+ be n’intoranwa+ mu bejejwe+ n’ukunyizera.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika