Matayo 24:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 Ku bw’ivyo, na mwebwe nyene mwame mwiteguye+ kuko Umwana w’umuntu azoza kw’isaha mutiyumvira. Matayo 25:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 “Mugume muri maso+ rero, kuko mutazi umusi canke isaha+. Mariko 13:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 kandi muzokwankwa n’abantu bose babahora izina ryanje+. Mugabo uwihanganye gushika kw’iherezo+ ni we azokizwa+. 2 Petero 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 murorera+ kandi mwamiza hafi ku muzirikanyi ukuhaba kw’umusi wa Yehova+, kubera wo amajuru akazoyagishwa n’ugusha+, n’ibintu bikazoshongeshwa n’ugushuha gukaze! Ivyahishuwe 3:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Guma wibuka rero ingene wahawe+ n’ingene wumvise, maze ubandanye kubigumya+, uheze wigaye+. Vy’ukuri utikanguye+, nzoza nk’igisuma+, kandi ntuzogenda umenye isaha nzozira kuri wewe+.
13 kandi muzokwankwa n’abantu bose babahora izina ryanje+. Mugabo uwihanganye gushika kw’iherezo+ ni we azokizwa+.
12 murorera+ kandi mwamiza hafi ku muzirikanyi ukuhaba kw’umusi wa Yehova+, kubera wo amajuru akazoyagishwa n’ugusha+, n’ibintu bikazoshongeshwa n’ugushuha gukaze!
3 Guma wibuka rero ingene wahawe+ n’ingene wumvise, maze ubandanye kubigumya+, uheze wigaye+. Vy’ukuri utikanguye+, nzoza nk’igisuma+, kandi ntuzogenda umenye isaha nzozira kuri wewe+.