Yohani 17:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 kandi ivyanje vyose bikaba ari ivyawe n’ivyawe bikaba ari ivyanje+, kandi naraninahajwe muri bo. Abaroma 8:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nimba rero turi abana, turi na ba samuragwa: ba samuragwa koko b’Imana, mugabo tukaba abaraganwa+ na Kristu, dukire gusa kubabarana+ na we kugira ngo kandi tuninahazanywe na we+.
17 Nimba rero turi abana, turi na ba samuragwa: ba samuragwa koko b’Imana, mugabo tukaba abaraganwa+ na Kristu, dukire gusa kubabarana+ na we kugira ngo kandi tuninahazanywe na we+.