3Nuko Eliyashibu+ umuherezi mukuru na bene wabo, abaherezi, barahaguruka maze bubaka Irembo ry’Intama+. Bo ubwabo bararyeza+ hanyuma bashiraho imiryango yaryo; bararyeza gushika ku Munara wa Meya+, gushika ku Munara wa Hananeli+.
39 no hejuru y’Irembo rya Efurayimu+ no gushika kw’Irembo ry’Igisagara ca Kera+, no gushika kw’Irembo ry’Amafi+ no ku Munara wa Hananeli+ no ku Munara wa Meya+, gushika kw’Irembo ry’Intama+; bahagarara kw’Irembo ry’Abarinzi.