Yesaya 42:1 Bibiliya y’isi nshasha 42 Ehe umusavyi wanje+, uwo ngumije+! Uwo natoye+, uwo umutima wanje washimye+! Nashize impwemu yanje muri we+. Azozana ubutungane ku mahanga+. Matayo 12:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “Ehe umusavyi wanje+ natoye, umukundwa wanje+, uwo umutima wanje washimye! Nzoshira impwemu yanje kuri we+, kandi azotomorera amahanga ubutungane ico ari co. Yohani 3:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Uwumwizera ntazocirwa urubanza+. Uwutizera aramaze gucirwa urubanza, kubera ko atizeye izina ry’Umwana w’Imana w’ikinege+.
42 Ehe umusavyi wanje+, uwo ngumije+! Uwo natoye+, uwo umutima wanje washimye+! Nashize impwemu yanje muri we+. Azozana ubutungane ku mahanga+.
18 “Ehe umusavyi wanje+ natoye, umukundwa wanje+, uwo umutima wanje washimye! Nzoshira impwemu yanje kuri we+, kandi azotomorera amahanga ubutungane ico ari co.
18 Uwumwizera ntazocirwa urubanza+. Uwutizera aramaze gucirwa urubanza, kubera ko atizeye izina ry’Umwana w’Imana w’ikinege+.