ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 10:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Aho hose umuntu atabakiriye canke ngo yumvirize amajambo yanyu, muvuye muri iyo nzu canke muri ico gisagara, mukunkumure umukungugu ku birenge vyanyu+.

  • Luka 9:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Kandi aho hose abantu batabakiriye, muvuye muri ico gisagara+ mukunkumure umukungugu ku birenge vyanyu kugira ngo bibe intahe ibagiriza+.”

  • Ivyakozwe 18:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Mugabo kubera yuko baguma babirwanya kandi bagatukana+, akunkumura impuzu ziwe+, ababwira ati: “Amaraso yanyu+ abe ku mitwe yanyu. Jewe ndacuna+. Kuva ubu ngiye ku banyamahanga+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika