Ivyakozwe 8:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Mugabo aho bemereye ivyo Filipo avuga, uno akaba yariko amenyesha inkuru nziza y’ubwami bw’Imana+ be n’iy’izina rya Yezu Kristu, barabatizwa, abagabo n’abagore+. Ivyakozwe 16:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nya mugore n’abo mu rugo rwiwe bamaze kubatizwa+, avuga yinginga ati: “Nimba mubonye ko ndi umwizigirwa kuri Yehova, nimwinjire mu nzu yanje, muhagume+.” Aratugobera ngo twemere+.
12 Mugabo aho bemereye ivyo Filipo avuga, uno akaba yariko amenyesha inkuru nziza y’ubwami bw’Imana+ be n’iy’izina rya Yezu Kristu, barabatizwa, abagabo n’abagore+.
15 Nya mugore n’abo mu rugo rwiwe bamaze kubatizwa+, avuga yinginga ati: “Nimba mubonye ko ndi umwizigirwa kuri Yehova, nimwinjire mu nzu yanje, muhagume+.” Aratugobera ngo twemere+.