Abaroma 6:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kuko igicumuro kidategerezwa kubaganza, kuko mutagabwa n’itegeko+ mugabo mugabwa n’ubuntu ata wari abukwiriye+. Abagalatiya 2:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nayo jewe, biciye kw’itegeko narapfuye ku vyerekeye itegeko+, kugira ngo mbe muzima ku Mana+. Abakolosayi 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 yongera irahanagura+ ca cete c’iminwe+ caturega, kimwe cari kigizwe n’ingingo zashinzwe+ kikaba kandi caraturwanya+; kandi yaragikuyeho mu kugikomera imisumari+ ku giti co kubabarizwako+.
14 Kuko igicumuro kidategerezwa kubaganza, kuko mutagabwa n’itegeko+ mugabo mugabwa n’ubuntu ata wari abukwiriye+.
14 yongera irahanagura+ ca cete c’iminwe+ caturega, kimwe cari kigizwe n’ingingo zashinzwe+ kikaba kandi caraturwanya+; kandi yaragikuyeho mu kugikomera imisumari+ ku giti co kubabarizwako+.