ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 2:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Kandi izokwishura umwe wese nk’uko ibikorwa vyiwe biri+:

  • 1 Abakorinto 4:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Ku bw’ivyo, ntihagire ico mucira urubanza+ igihe kitaragera, gushika Umukama aje+, umwe azozana ku muco ibintu vy’ibanga vy’umwiza+ akongera agashira ahabona inama zo mu mitima+, ni ho umwe wese azoronka ugushimagizwa kwiwe kuva ku Mana+.

  • Abafilipi 2:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 kuko Imana ari yo iriko ikorera muri mwebwe+, nk’uko biyihimbara, kugira ngo mugire ugushaka mwongere mukore+.

  • Ivyahishuwe 22:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 “‘Ehe ndaje ningoga+, kandi impembo+ ntanga nje ndayifise, kugira nishure umwe wese nisunze igikorwa ciwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika