1 Abakorinto 1:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 kugira ngo bibe nk’uko vyanditswe ngo: “Uwirata, niyirate muri Yehova+.” 2 Yohani 9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Umuntu wese yita imbere+ ntagume+ mu nyigisho ya Kristu, ntafise Imana+. Uwuguma koko muri iyo nyigisho ni we afise Data n’Umwana+. 3 Yohani 9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Hari ikintu nandikiye ishengero, mugabo Diyotirefe, umwe akunda ivyo kugira ikibanza ca mbere+ muri bo, nta kintu na kimwe+ kivuye kuri twebwe yakirana icubahiro+.
9 Umuntu wese yita imbere+ ntagume+ mu nyigisho ya Kristu, ntafise Imana+. Uwuguma koko muri iyo nyigisho ni we afise Data n’Umwana+.
9 Hari ikintu nandikiye ishengero, mugabo Diyotirefe, umwe akunda ivyo kugira ikibanza ca mbere+ muri bo, nta kintu na kimwe+ kivuye kuri twebwe yakirana icubahiro+.