Yeremiya 5:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Noshobora nte kukubabarira ico kintu? Abahungu bawe barantaye, kandi baguma barahira+ ikitari Imana+. Nagumye mbahaza+, mugabo babandanije kurenga ibigo+, kandi baja ku nzu y’umugore w’umumaraya bari mu migwi. 1 Abatesalonika 4:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko ico Imana igomba ari iki: ni uko mwezwa+, mukirinda ubusambanyi+,
7 Noshobora nte kukubabarira ico kintu? Abahungu bawe barantaye, kandi baguma barahira+ ikitari Imana+. Nagumye mbahaza+, mugabo babandanije kurenga ibigo+, kandi baja ku nzu y’umugore w’umumaraya bari mu migwi.