Abaroma 12:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 canke uwuhimiriza, yijukire uguhimiriza kwiwe+; uwugabura, abikore ata kwitangira+; uwuhagarikira+, abigirane ubwira nyabwo; uwugira imbabazi+, abigirane akamwemwe. 1 Abakorinto 3:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nk’uko ubuntu ata wari abukwiriye+ bw’Imana nahawe buri, bwa muyobozi w’ibikorwa w’inkerebutsi narashinze umushinge+, mugabo uwundi muntu ariko arawubakako. Ariko umwe wese nagume araba neza ingene awubakako+. Abaheburayo 13:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mugamburukire ababaja imbere+ kandi muyoboke+, kuko baguma barinze ubuzima bwanyu nk’abazobibazwa+; kugira ngo babikorane akanyamuneza, bataniha, kuko vyogirira nabi mwebwe+.
8 canke uwuhimiriza, yijukire uguhimiriza kwiwe+; uwugabura, abikore ata kwitangira+; uwuhagarikira+, abigirane ubwira nyabwo; uwugira imbabazi+, abigirane akamwemwe.
10 Nk’uko ubuntu ata wari abukwiriye+ bw’Imana nahawe buri, bwa muyobozi w’ibikorwa w’inkerebutsi narashinze umushinge+, mugabo uwundi muntu ariko arawubakako. Ariko umwe wese nagume araba neza ingene awubakako+.
17 Mugamburukire ababaja imbere+ kandi muyoboke+, kuko baguma barinze ubuzima bwanyu nk’abazobibazwa+; kugira ngo babikorane akanyamuneza, bataniha, kuko vyogirira nabi mwebwe+.