Daniyeli 12:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Nayo wewe ga Daniyeli, ayo majambo nuyagire akabanga, ico gitabu ukibike nk’ikidomweko ikidodo+, gushika mu gihe c’iherezo+. Benshi bazonyuragira irya n’ino, kandi ubumenyi nyakuri buzogwira+.” Yohani 1:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 Yongera kumubwira ati: “Ni ukuri kwose ndabibabwiye, muzobona ijuru ryuguruwe, n’abamarayika+ b’Imana baduga bongera bamanuka ku Mwana w’umuntu+.”
4 “Nayo wewe ga Daniyeli, ayo majambo nuyagire akabanga, ico gitabu ukibike nk’ikidomweko ikidodo+, gushika mu gihe c’iherezo+. Benshi bazonyuragira irya n’ino, kandi ubumenyi nyakuri buzogwira+.”
51 Yongera kumubwira ati: “Ni ukuri kwose ndabibabwiye, muzobona ijuru ryuguruwe, n’abamarayika+ b’Imana baduga bongera bamanuka ku Mwana w’umuntu+.”