ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 15:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Kuko ab’i Makedoniya n’i Akaya+ bahimbawe no gusangira ivyabo n’abandi mu gutanga imfashanyo+ y’aboro bo mu beranda i Yeruzalemu.

  • 1 Abakorinto 16:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Nayo ku bijanye n’ukwegeranya intererano+ z’aberanda+, nk’uko nahaye amategeko amashengero y’i Galatiya+, namwe nyene nimugire gutyo.

  • 2 Abakorinto 8:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 mu gihe baguma batwinginga bashimitse rwose bibiviriyeko ngo baterwe agateka ko gutanga n’umutima ukunze, vyongeye ngo bagire uruhara mu busuku bugenewe aberanda+.

  • 2 Abakorinto 9:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 kuko ubusuku bw’ico gikorwa gikorerwa abantu atari gusa kuronsa cane aberanda ivyo bakeneye+, mugabo ni n’ukuba abatunzi mu gukengurukira Imana kwinshi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika