ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 16:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Kuko abantu mwene abo atari abashumba b’Umukama wacu Kristu, ahubwo ni ab’inda zabo bwite+; kandi bakoresha akarimi gasosa+ n’amajambo yo gushimagiza+ bakaryosharyosha imitima y’abantu b’inziraburyarya.

  • 2 Abakorinto 2:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ni twebwe; kuko tutari abagenda bacuruza ijambo ry’Imana+ nk’uko benshi bagira+, mugabo tuvuga ata buryarya, egome, nk’abarungitswe n’Imana, imbere y’Imana, twifatanije na Kristu+.

  • 2 Petero 2:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Ariko rero harabayeho kandi abahanuzi b’ikinyoma mu bantu, nk’uko kandi hazobaho abigisha b’ikinyoma muri mwebwe+. Abo nyene bazokwinjiza mu mpisho imice isambura, kandi bazokwihakana mbere shebuja yabaguze+, ubwabo bikwegere agatikizo kanyaruka.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika