ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 17:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 kugira ngo bose babe umwe+, nk’uko wewe, Data, wunze ubumwe nanje, nanje nkunga ubumwe nawe+, ngo na bo nyene bunge ubumwe natwe+, kugira ngo isi yemere yuko wantumye+.

  • Abaroma 16:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Muramutse Andoroniko na Yuniya incuti+ zanje n’imbohe bagenzanje+, abantu bamenyekana mu ntumwa kandi bamaze igihe kirekire kundusha bunze ubumwe+ na Kristu.

  • 1 Abakorinto 1:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Mugabo mubikesheje yo ni ho mwunze ubumwe na Kristu Yezu, uwacitse ubukerebutsi+ buva ku Mana kuri twebwe, n’ubugororotsi+ n’ukwezwa+ be n’ukubohorwa biciye ku ncungu*+;

  • 1 Abatesalonika 2:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Kuko ga bene wacu mwacitse abigana amashengero y’Imana ari i Yudaya yunze ubumwe na Kristu Yezu, kubera ko na mwebwe mwatanguye gutezwa n’abo musangiye igihugu imibabaro+ nk’iyo na bo nyene bariko baratezwa n’Abayuda,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika