Yohani 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kubera ko Itegeko ryatanzwe biciye kuri Musa+, ubuntu ata wari abukwiriye+ be n’ukuri+ vyaje biciye kuri Yezu Kristu. Abaroma 3:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 kandi ni nk’ingabirano ya gusa+ kubona bariko bitwa abagororotsi ku buntu ata wari abukwiriye bwayo+, mu kubohorwa biciye ku ncungu*+ yarishwe na Kristu Yezu. 1 Abakorinto 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nama nkengurukira Imana ku bwanyu kubera ubuntu ata wari abukwiriye+ bw’Imana mwahawe muri Kristu Yezu+;
17 Kubera ko Itegeko ryatanzwe biciye kuri Musa+, ubuntu ata wari abukwiriye+ be n’ukuri+ vyaje biciye kuri Yezu Kristu.
24 kandi ni nk’ingabirano ya gusa+ kubona bariko bitwa abagororotsi ku buntu ata wari abukwiriye bwayo+, mu kubohorwa biciye ku ncungu*+ yarishwe na Kristu Yezu.
4 Nama nkengurukira Imana ku bwanyu kubera ubuntu ata wari abukwiriye+ bw’Imana mwahawe muri Kristu Yezu+;