Matayo 23:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Ehe inzu yanyu+ murayitanywe+. Abanyefeso 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kuko ari we mahoro yacu+, we yafashe ya migwi ibiri+ akayigira umwe+, agasenyura ca gihome+ cari hagati kiyitandukanya+. Abakolosayi 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 yongera irahanagura+ ca cete c’iminwe+ caturega, kimwe cari kigizwe n’ingingo zashinzwe+ kikaba kandi caraturwanya+; kandi yaragikuyeho mu kugikomera imisumari+ ku giti co kubabarizwako+.
14 Kuko ari we mahoro yacu+, we yafashe ya migwi ibiri+ akayigira umwe+, agasenyura ca gihome+ cari hagati kiyitandukanya+.
14 yongera irahanagura+ ca cete c’iminwe+ caturega, kimwe cari kigizwe n’ingingo zashinzwe+ kikaba kandi caraturwanya+; kandi yaragikuyeho mu kugikomera imisumari+ ku giti co kubabarizwako+.