Zakariya 6:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ni we azokwubaka urusengero rwa Yehova, kandi azogira iteka+; azokwicara koko ku ntebe yiwe y’ubwami aganze, kandi azobera umuherezi ku ntebe y’ubwami yiwe+; inama y’amahoro+ izoba hagati y’ayo mabanga yompi. Abaheburayo 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 mugabo Kristu bwa Mwana+, yabaye umwizigirwa ku nzu y’Uwo. Twebwe turi inzu y’Uwo+, nimba tugumya rwose umwidegemvyo wacu wo kuvuga be n’ukwirata kwacu ku bw’icizigiro cacu gushika kw’iherezo+.
13 Ni we azokwubaka urusengero rwa Yehova, kandi azogira iteka+; azokwicara koko ku ntebe yiwe y’ubwami aganze, kandi azobera umuherezi ku ntebe y’ubwami yiwe+; inama y’amahoro+ izoba hagati y’ayo mabanga yompi.
6 mugabo Kristu bwa Mwana+, yabaye umwizigirwa ku nzu y’Uwo. Twebwe turi inzu y’Uwo+, nimba tugumya rwose umwidegemvyo wacu wo kuvuga be n’ukwirata kwacu ku bw’icizigiro cacu gushika kw’iherezo+.