Imigani 25:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kurya kw’akabeho ka shelegi*+ ku musi w’iyimbura, ni ko umutumwa w’umwizigirwa amera ku bamutumye, kuko ahembura ubuzima bwa shebuja+. Imigani 25:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kurya kw’amazi akanye ku wurushe+, ni ko agakuru keza kavuye mu gihugu ca kure kamera+.
13 Kurya kw’akabeho ka shelegi*+ ku musi w’iyimbura, ni ko umutumwa w’umwizigirwa amera ku bamutumye, kuko ahembura ubuzima bwa shebuja+.