ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 15:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Ukwakaka kw’amaso+ kunezereza umutima+; agakuru+ keza kadohesha amagufa+.

  • Yesaya 52:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Ewe kuntu biteye igomwe ku misozi ibirenge+ vy’uwuzanye inkuru nziza+, uwamamaza amahoro+, uwuzanye inkuru nziza y’ikintu ciza kuruta+, uwamamaza ubukiriro+, uwubwira Siyoni ati: “Imana yawe icitse umwami+!”

  • Luka 2:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Ariko nya mumarayika ababwira ati: “Ntimutinye, kuko ehe ndabamenyesha inkuru nziza y’akanyamuneza kenshi abantu bose bazogira+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika