Zaburi 16:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ni co gituma umutima wanje unezerwa, n’ubuninahazwa bwanje bukumva buhimbawe+.Vyongeye, umubiri wanje uzokwiberaho mu mutekano+. Zaburi 19:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Amateka+ ava kuri Yehova aragororotse+, atuma umutima unezerwa+;Ibwirizwa+ rya Yehova ntiryanduye+, rikayanganisha amaso+.
9 Ni co gituma umutima wanje unezerwa, n’ubuninahazwa bwanje bukumva buhimbawe+.Vyongeye, umubiri wanje uzokwiberaho mu mutekano+.
8 Amateka+ ava kuri Yehova aragororotse+, atuma umutima unezerwa+;Ibwirizwa+ rya Yehova ntiryanduye+, rikayanganisha amaso+.