ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 130
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 130:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 18:5; 25:17; 40:2; 71:20; Int 3:55; Yon 2:2; Heb 5:7

Zaburi 130:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 4:1; 65:2
  • +2Ng 6:40; Zb 17:1; 18:6; 34:15

Zaburi 130:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 9:6; Neh 9:2; Zb 38:4; 41:4; 51:4; Rm 3:23
  • +Yb 9:2; 10:14; Zb 103:14; 143:2; Yes 55:7; Dn 9:18; Rm 3:20; Tt 3:5; Yak 3:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    2/2019, rup. 3

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2002, rup. 14

Zaburi 130:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 34:7; Zb 25:11; Rm 4:7
  • +1Bm 8:40; Zb 2:11; Yr 33:9; Ivk 9:31

Zaburi 130:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 8:24; Heb 6:18
  • +It 49:18; Zb 27:14; 33:20; 40:1; Yes 8:17; 26:8; Lk 2:25

Zaburi 130:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 63:6; Mik 7:7
  • +Zb 119:147; Yes 21:8
  • +Zb 134:1

Zaburi 130:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 115:9; 131:3
  • +Zb 86:5; Rm 5:20
  • +Ef 1:7; 1Tm 4:10

Zaburi 130:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 103:4; Tt 2:14

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 130:1Zb 18:5; 25:17; 40:2; 71:20; Int 3:55; Yon 2:2; Heb 5:7
Zab. 130:2Zb 4:1; 65:2
Zab. 130:22Ng 6:40; Zb 17:1; 18:6; 34:15
Zab. 130:3Ezr 9:6; Neh 9:2; Zb 38:4; 41:4; 51:4; Rm 3:23
Zab. 130:3Yb 9:2; 10:14; Zb 103:14; 143:2; Yes 55:7; Dn 9:18; Rm 3:20; Tt 3:5; Yak 3:2
Zab. 130:4Kv 34:7; Zb 25:11; Rm 4:7
Zab. 130:41Bm 8:40; Zb 2:11; Yr 33:9; Ivk 9:31
Zab. 130:5Rm 8:24; Heb 6:18
Zab. 130:5It 49:18; Zb 27:14; 33:20; 40:1; Yes 8:17; 26:8; Lk 2:25
Zab. 130:6Zb 63:6; Mik 7:7
Zab. 130:6Zb 119:147; Yes 21:8
Zab. 130:6Zb 134:1
Zab. 130:7Zb 115:9; 131:3
Zab. 130:7Zb 86:5; Rm 5:20
Zab. 130:7Ef 1:7; 1Tm 4:10
Zab. 130:8Zb 103:4; Tt 2:14
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 130:1-8

Zaburi

Ururirimbo rw’Ukuduga.

130 Nakwambaje ndi ibwina, ewe Yehova+!

 2 Ewe Yehova, niwumve ijwi ryanje+.

Amatwi yawe niyumvirize ijwi ry’ukwinginga kwanje+.

 3 Iyaba amakosa ari yo ugumizako ijisho+, ewe Ya,

Ewe Yehova, ni nde yohagaze+?

 4 Kuko hari ukubabarirwa nyakuri iwawe+,

Kugira ngo utinywe+.

 5 Narizigiye, ewe Yehova, umutima wanje warizigiye+,

Kandi narindiriye ijambo ryiwe+.

 6 Umutima wanje warindiriye Yehova+

Kuruta uko inderetsi zirindira igitondo+,

Zireretse igitondo+.

 7 Isirayeli nagume arindiriye Yehova+.

Kuko hari ubuntu bwuzuye urukundo kwa Yehova+,

Kandi ni na ko iwe hagwiriye ugucungura+.

 8 Kandi ni we azocungura Isirayeli, amukize amakosa yiwe yose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika