ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 87
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 87:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 48:1

Zaburi 87:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 78:68; 132:13
  • +Gh 24:5

Zaburi 87:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 48:2; Yes 60:14

Zaburi 87:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 89:10; Yes 30:7; 51:9
  • +Yes 13:1
  • +Zb 83:7
  • +2Sm 12:24; Gl 4:31

Zaburi 87:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 54:1, 13
  • +Zb 83:18
  • +Rm 8:31

Zaburi 87:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 22:30; Lk 10:20
  • +Zb 87:4; Gl 4:29

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2020, rup. 26

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2016, rup. 26

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2006, rup. 12

Zaburi 87:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 15:16; Zb 68:25; 150:4
  • +Zb 46:4

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 87:1Zb 48:1
Zab. 87:2Zb 78:68; 132:13
Zab. 87:2Gh 24:5
Zab. 87:3Zb 48:2; Yes 60:14
Zab. 87:4Zb 89:10; Yes 30:7; 51:9
Zab. 87:4Yes 13:1
Zab. 87:4Zb 83:7
Zab. 87:42Sm 12:24; Gl 4:31
Zab. 87:5Yes 54:1, 13
Zab. 87:5Zb 83:18
Zab. 87:5Rm 8:31
Zab. 87:6Zb 22:30; Lk 10:20
Zab. 87:6Zb 87:4; Gl 4:29
Zab. 87:71Ng 15:16; Zb 68:25; 150:4
Zab. 87:7Zb 46:4
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 87:1-7

Zaburi

Ni izaburi ya bene Kora. Agahibongozo, ururirimbo.

87 Umushinge wiwe uri mu misozi myeranda+.

 2 Yehova akunda amarembo ya Siyoni+

Kuruta amataberenakulo yose ya Yakobo+.

 3 Uvugwako ibintu bininahaye, ewe gisagara c’Imana y’ukuri+! Sela.

 4 Nzovuga ivya Rahabu+ na Babiloni+, ndabaharûre mu banzi;

Ng’iyi Filisitiya+ na Tiro, kumwe na Kushi:

“Uyu ni uwahavukiye+.”

 5 Kandi ku vyerekeye Siyoni, bizovugwa ngo:

“Umwe wese yarahavukiye+.”

Kandi Musumbavyose+ ubwiwe azohashimangira+.

 6 Yehova ubwiwe, mu kwandika ibisata vy’abantu, azomenyesha ati+:

“Uyu ni uwahavukiye+.” Sela.

 7 Hazoba hariho n’abaririmvyi be n’abatamvyi b’intambo z’umuzingi+:

“Imbizi zanje zose ziri muri wewe+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika