ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 7
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya 7:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 16:1; 2Ng 28:1
  • +2Bm 16:5
  • +2Bm 15:37; 2Ng 28:6
  • +2Bm 16:5

Yesaya 7:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 25:7; Yes 11:13; Ezk 37:16
  • +Lw 26:36; Img 28:1

Yesaya 7:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 8:18
  • +2Bm 18:17; 20:20
  • +Yes 36:2

Yesaya 7:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Int 3:26; Mt 10:28
  • +Gus 20:3
  • +2Bm 15:30; Yes 8:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2006, rup. 9

Yesaya 7:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2013, rup. 16

Yesaya 7:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 16:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2013, rup. 16

Yesaya 7:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 2:4; 33:11; Img 21:30

Yesaya 7:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 17:6; Hs 1:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2006, rup. 9

Yesaya 7:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 16:24
  • +2Bm 15:27
  • +2Ng 20:20; Neh 9:35; Heb 11:6

Yesaya 7:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 6:36; Yes 37:30; 38:7; Mt 12:38

Yesaya 7:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 36:16; Mal 2:17; Ivk 7:51

Yesaya 7:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 1:34
  • +Mt 1:23; Lk 1:35
  • +Yes 9:6; Yoh 1:14; 1Tm 3:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2013, rup. 16-17

    15/8/2011, rup. 9-10

    1/10/2008, rup. 4-5

    15/12/2003, rup. 5

Yesaya 7:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 8:13; Lk 2:40; Rm 12:9

Yesaya 7:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 1:39
  • +2Bm 15:29; 16:9; Yes 8:4; 17:1

Yesaya 7:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 28:19; Neh 9:32
  • +1Bm 12:20
  • +2Bm 18:14

Yesaya 7:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 1:44; Zb 118:12
  • +2Bm 18:13; 19:4

Yesaya 7:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 18:17; 2Ng 33:11

Yesaya 7:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 15:18; 2Bm 23:29
  • +2Bm 16:7; 2Ng 28:20
  • +Yes 9:14; 15:2; 24:3

Yesaya 7:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 39:10

Yesaya 7:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 17:29

Yesaya 7:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ind 8:11
  • +Yes 5:6; 32:13; Yr 4:26; Heb 6:8

Yesaya 7:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 39:9

Yesaya 7:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 34:13

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 7:12Bm 16:1; 2Ng 28:1
Yes. 7:12Bm 16:5
Yes. 7:12Bm 15:37; 2Ng 28:6
Yes. 7:12Bm 16:5
Yes. 7:22Ng 25:7; Yes 11:13; Ezk 37:16
Yes. 7:2Lw 26:36; Img 28:1
Yes. 7:3Yes 8:18
Yes. 7:32Bm 18:17; 20:20
Yes. 7:3Yes 36:2
Yes. 7:4Int 3:26; Mt 10:28
Yes. 7:4Gus 20:3
Yes. 7:42Bm 15:30; Yes 8:6
Yes. 7:62Bm 16:5
Yes. 7:7Zb 2:4; 33:11; Img 21:30
Yes. 7:82Bm 17:6; Hs 1:6
Yes. 7:91Bm 16:24
Yes. 7:92Bm 15:27
Yes. 7:92Ng 20:20; Neh 9:35; Heb 11:6
Yes. 7:11Abc 6:36; Yes 37:30; 38:7; Mt 12:38
Yes. 7:132Ng 36:16; Mal 2:17; Ivk 7:51
Yes. 7:14Lk 1:34
Yes. 7:14Mt 1:23; Lk 1:35
Yes. 7:14Yes 9:6; Yoh 1:14; 1Tm 3:16
Yes. 7:15Img 8:13; Lk 2:40; Rm 12:9
Yes. 7:16Gus 1:39
Yes. 7:162Bm 15:29; 16:9; Yes 8:4; 17:1
Yes. 7:172Ng 28:19; Neh 9:32
Yes. 7:171Bm 12:20
Yes. 7:172Bm 18:14
Yes. 7:18Gus 1:44; Zb 118:12
Yes. 7:182Bm 18:13; 19:4
Yes. 7:192Bm 18:17; 2Ng 33:11
Yes. 7:20It 15:18; 2Bm 23:29
Yes. 7:202Bm 16:7; 2Ng 28:20
Yes. 7:20Yes 9:14; 15:2; 24:3
Yes. 7:21Yr 39:10
Yes. 7:222Sm 17:29
Yes. 7:23Ind 8:11
Yes. 7:23Yes 5:6; 32:13; Yr 4:26; Heb 6:8
Yes. 7:24Ezk 39:9
Yes. 7:25Yes 34:13
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
Bibiliya y’isi nshasha
Yesaya 7:1-25

Yesaya

7 Nuko mu misi ya Ahazi+ mwene Yotamu, Yotamu mwene Uziya, umwami wa Yuda, Rezini+ umwami wa Siriya na Peka+ mwene Remaliya, umwami wa Isirayeli, baduga i Yeruzalemu kuhatera, mugabo harabananira+. 2 Maze inzu ya Dawidi imenyeshwa ngo: “Siriya yegamiye Efurayimu+.”

Maze umutima wiwe be n’umutima w’abantu biwe itangura kudegedwa, nka kurya ibiti vy’ikibira bidegedwa kubera umuyaga+.

3 Maze Yehova abwira Yesaya ati: “Sohoka, ndakwinginze, uhure na Ahazi, wewe na Sheyari-yashubu+ umuhungu wawe, amaja ku mpera y’umugende w’ikidengeri+ co haruguru iruhande y’inzira y’ikirari y’itongo ry’umumesuzi+. 4 Kandi utegerezwa kumubwira uti: ‘Wiyubare kandi ugume utekanye+. Ntutinye, kandi umutima wawe ntushe coba+ kubera udusunwa tubiri tw’izo ngegene zifumba umwotsi, kubera ishavu rirurumba rya Rezini na Siriya na mwene Remaliya+, 5 ku mpamvu y’uko Siriya, ari kumwe na Efurayimu na mwene Remaliya, yagiye inama yo kugukorera ikibi, avuga ati: 6 “Tuduge kurwanya Yuda, tuyitabagure, tuyigarurire mu kuyicamwo ibihengeri; kandi twimike uwundi mwami aganze hagati muri yo, mwene Tabeyeli+.”

7 “‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ntibizorama, no kuba ntibizoba+. 8 Kuko umutwe wa Siriya ari Damasiko, umutwe wa Damasiko na wo ukaba Rezini; kandi mu myaka mirongo itandatu n’itanu gusa Efurayimu izojanjagurwa ireke kuba igisata+. 9 Kandi umutwe wa Efurayimu ni Samariya+, umutwe wa Samariya na wo ni mwene Remaliya+. Mutagize ukwizera, ntimuzomara igihe kirekire+.”’”

10 Yehova yongera kubwira Ahazi ati: 11 “Niwisabire Yehova Imana yawe ikimenyetso+, ukigire icimbitse nk’ukuzimu canke ukigire igihanitse nk’uturere tw’iyo hejuru.” 12 Mugabo Ahazi avuga ati: “Sinsaba, eka mbere singeza Yehova.”

13 Na we avuga ati: “Ndakwinginze wumvirize, wa nzu ya Dawidi! Mbega ni ikintu gitoyi kuri mwebwe kuba muruhisha abantu, mukaruhisha n’Imana yanje+? 14 Ni co gituma Yehova ubwiwe azobaha ikimenyetso: Raba! Umwigeme+ azokwibungenga koko+, avyare umuhungu+, kandi azomwita Emanweli. 15 Azorya amasoro n’ubuki niyamenya kwanka ikibi no guhitamwo iciza+. 16 Kuko imbere y’uko uwo muhungu amenya kwanka ikibi no guhitamwo iciza+, ubutaka bw’abo bami babiri, abo wumvira ubwoba bushegesha, buzohebwa rwose+. 17 Yehova azozana kuri wewe+ no ku bantu bawe no ku nzu ya so wawe, imisi itigeze iza kuva umusi Efurayimu yahindukira ikava kuri Yuda+, ni ukuvuga umwami wa Ashuri+.

18 “Uku ni ko bitegerezwa kuba kuri uwo musi: Yehova azovuza agahwa ahamagare insazi ziri ku mpera y’imigende ya Nili ya Misiri n’inzuki+ ziri mu gihugu ca Ashuri+, 19 kandi zizoza koko zigwe zose hamwe ku myonga y’imanga no ku migaga y’amabuye y’urutare no ku bisaka vy’inzitane vy’amahwa vyose no ku ngomero zose+.

20 “Kuri uwo musi, hakoreshejwe urumosho rukoswe mu karere ka rwa Ruzi+, mbere hakoreshejwe umwami wa Ashuri+, Yehova azomwa umutwe n’ubwoya bwo ku birenge, kandi n’ubwanwa ruzokungutura+.

21 “Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba kuri uwo musi: umuntu azozigamira ubuzima ishashi yo mu busho be n’intama zibiri+. 22 Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba: kubera ko hazoboneka amata menshi, azorya amasoro; kuko amasoro n’ubuki+ ari vyo uwuzosigara hagati mu gihugu wese azorya.

23 “Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba kuri uwo musi: ahantu hose hahora imizabibu igihumbi iciye ibice igihumbi vy’ifeza+, hazoba, emwe, hazoba ah’ibisaka vy’amahwa n’ah’ivyatsi bibi+. 24 Azoza ng’aho n’imyampi n’umuheto+, kuko igihugu cose kizocika ibisaka vy’amahwa n’ivyatsi bibi. 25 Kandi ku misozi yose yahora ikurwako ibiterwa bigorana hakoreshejwe isuka, emwe, ntuzohaza kubera ugutinya ibisaka vy’amahwa n’ivyatsi bibi; kandi hazocika koko ikibanza co kurekuriramwo amashūri, n’ubutaka buhonyangwa n’intama+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika