ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 25
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yeremiya 25:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 24:1; Yr 36:1; 46:2; Dn 1:1

Yeremiya 25:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 1:2
  • +2Ng 36:15; Zb 81:13; Yr 7:13; 11:7; 13:10; 16:12

Yeremiya 25:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 7:13; 29:19; 44:4
  • +Zk 7:11; Ivk 7:51

Yeremiya 25:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 17:13; Yes 55:7; Yr 18:11; 35:15; Ezk 18:30; 33:11; Yon 3:8; Zk 1:4; Mal 3:7; 2Pt 3:9
  • +Zb 105:11

Yeremiya 25:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:5; Gus 6:15; Yos 24:20

Yeremiya 25:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:21; 2Bm 17:17; Neh 9:26; Yr 7:19; 32:30; 44:5

Yeremiya 25:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:25; Yes 5:26; Yr 1:15; 5:15
  • +Yr 27:6; 43:10; Ezk 29:18
  • +Gus 28:49; Yr 5:15; Ezk 7:24; Am 6:14
  • +Ezk 26:7; 29:19; Hab 1:6
  • +Yr 19:8
  • +1Bm 9:7; Yr 18:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    7/2012, rup. 23

Yeremiya 25:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 24:7; Ezk 26:13
  • +Yr 7:34; 16:9
  • +Ivh 18:22
  • +Ivh 18:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2015, rup. 15

    1/6/2014, rup. 9

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 270

Yeremiya 25:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 36:21; Dn 9:2; Zk 1:12; 7:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    7/2012, rup. 23

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2011, rup. 26-28

    Yeremiya, rup. 162

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 270

Yeremiya 25:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 30:3; Ezr 1:1; Yr 29:10
  • +Yes 13:1; 14:4; 47:1; Yr 51:1; Dn 5:26, 30
  • +2Bm 24:1
  • +Yes 13:19; 14:23

Yeremiya 25:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 1:5, 10

Yeremiya 25:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 50:9; 51:27
  • +Yes 14:2; Yr 50:41; 51:7; Hab 2:8
  • +Zb 137:8; Yr 50:29; 51:6, 24; Ivh 18:6

Yeremiya 25:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 21:20; Zb 75:8; Yes 51:17; Yr 25:26; Ivh 14:10; 16:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 206-207

Yeremiya 25:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 51:7; Int 4:21; Ezk 23:34; Nah 3:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 206-207

Yeremiya 25:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 1:10; 27:3; 51:7

Yeremiya 25:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 22:19; Yr 24:9
  • +Ezr 9:7; Yr 44:22

Yeremiya 25:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 46:2; Ezk 29:2; 32:31

Yeremiya 25:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 1:1
  • +Yes 14:31; Yr 47:1; Ezk 25:15; Am 1:8; Zf 2:5; Zk 9:6
  • +Yr 47:5; Zf 2:4
  • +Yos 13:3
  • +Zk 9:5
  • +Yes 20:1

Yeremiya 25:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 34:5; Yr 49:17; Ezk 35:15
  • +Yr 48:1; Ezk 25:8
  • +Yr 49:1; Ezk 25:2; Am 1:13

Yeremiya 25:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 23:15; Ezk 28:2
  • +Yr 27:3; 47:4; Ezk 32:30

Yeremiya 25:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 21:13; Yr 49:8; Ezk 25:13
  • +Yes 21:14
  • +Yr 9:26; 49:32

Yeremiya 25:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 9:14; Yr 49:31

Yeremiya 25:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 49:34; Ezk 32:24
  • +Yr 51:11

Yeremiya 25:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 51:41

Yeremiya 25:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 63:6; Int 4:21; Hab 2:16
  • +Ezk 21:4

Yeremiya 25:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 75:8

Yeremiya 25:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 9:7; Yr 7:14; Dn 9:18; 1Pt 4:17
  • +Img 11:31; Yr 49:12; Ob 16

Yeremiya 25:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 42:13; Yw 3:16; Am 1:2
  • +Zb 11:4; 132:14
  • +Yes 16:9; Yr 48:33

Yeremiya 25:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 34:8; Hs 4:1; 12:2; Mik 6:2
  • +Ezk 18:30; 20:35; Yw 3:2
  • +Img 2:22; Yes 66:16; Am 9:10

Yeremiya 25:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 34:2; Yr 25:17
  • +Yes 30:30; 66:15; Yr 23:19; 30:23; Zf 3:8

Yeremiya 25:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 34:3; 66:16; Yr 12:12
  • +Zb 79:3; Yes 14:19
  • +Zb 83:10; Yes 5:25; Yr 8:2; 9:22

Yeremiya 25:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 4:8
  • +Yr 6:26
  • +Ezk 34:17
  • +Yes 33:1
  • +Yr 22:28

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 282-283

Yeremiya 25:35

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 32:4; 52:8; Am 2:14

Yeremiya 25:37

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 27:10

Yeremiya 25:38

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hs 5:14
  • +Yr 25:12

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yer. 25:12Bm 24:1; Yr 36:1; 46:2; Dn 1:1
Yer. 25:3Yr 1:2
Yer. 25:32Ng 36:15; Zb 81:13; Yr 7:13; 11:7; 13:10; 16:12
Yer. 25:4Yr 7:13; 29:19; 44:4
Yer. 25:4Zk 7:11; Ivk 7:51
Yer. 25:52Bm 17:13; Yes 55:7; Yr 18:11; 35:15; Ezk 18:30; 33:11; Yon 3:8; Zk 1:4; Mal 3:7; 2Pt 3:9
Yer. 25:5Zb 105:11
Yer. 25:6Kv 20:5; Gus 6:15; Yos 24:20
Yer. 25:7Gus 32:21; 2Bm 17:17; Neh 9:26; Yr 7:19; 32:30; 44:5
Yer. 25:9Lw 26:25; Yes 5:26; Yr 1:15; 5:15
Yer. 25:9Yr 27:6; 43:10; Ezk 29:18
Yer. 25:9Gus 28:49; Yr 5:15; Ezk 7:24; Am 6:14
Yer. 25:9Ezk 26:7; 29:19; Hab 1:6
Yer. 25:9Yr 19:8
Yer. 25:91Bm 9:7; Yr 18:16
Yer. 25:10Yes 24:7; Ezk 26:13
Yer. 25:10Yr 7:34; 16:9
Yer. 25:10Ivh 18:22
Yer. 25:10Ivh 18:23
Yer. 25:112Ng 36:21; Dn 9:2; Zk 1:12; 7:5
Yer. 25:12Gus 30:3; Ezr 1:1; Yr 29:10
Yer. 25:12Yes 13:1; 14:4; 47:1; Yr 51:1; Dn 5:26, 30
Yer. 25:122Bm 24:1
Yer. 25:12Yes 13:19; 14:23
Yer. 25:13Yr 1:5, 10
Yer. 25:14Yr 50:9; 51:27
Yer. 25:14Yes 14:2; Yr 50:41; 51:7; Hab 2:8
Yer. 25:14Zb 137:8; Yr 50:29; 51:6, 24; Ivh 18:6
Yer. 25:15Yb 21:20; Zb 75:8; Yes 51:17; Yr 25:26; Ivh 14:10; 16:19
Yer. 25:16Yr 51:7; Int 4:21; Ezk 23:34; Nah 3:11
Yer. 25:17Yr 1:10; 27:3; 51:7
Yer. 25:182Bm 22:19; Yr 24:9
Yer. 25:18Ezr 9:7; Yr 44:22
Yer. 25:19Yr 46:2; Ezk 29:2; 32:31
Yer. 25:20Yb 1:1
Yer. 25:20Yes 14:31; Yr 47:1; Ezk 25:15; Am 1:8; Zf 2:5; Zk 9:6
Yer. 25:20Yr 47:5; Zf 2:4
Yer. 25:20Yos 13:3
Yer. 25:20Zk 9:5
Yer. 25:20Yes 20:1
Yer. 25:21Yes 34:5; Yr 49:17; Ezk 35:15
Yer. 25:21Yr 48:1; Ezk 25:8
Yer. 25:21Yr 49:1; Ezk 25:2; Am 1:13
Yer. 25:22Yes 23:15; Ezk 28:2
Yer. 25:22Yr 27:3; 47:4; Ezk 32:30
Yer. 25:23Yes 21:13; Yr 49:8; Ezk 25:13
Yer. 25:23Yes 21:14
Yer. 25:23Yr 9:26; 49:32
Yer. 25:242Ng 9:14; Yr 49:31
Yer. 25:25Yr 49:34; Ezk 32:24
Yer. 25:25Yr 51:11
Yer. 25:26Yr 51:41
Yer. 25:27Yes 63:6; Int 4:21; Hab 2:16
Yer. 25:27Ezk 21:4
Yer. 25:28Zb 75:8
Yer. 25:291Bm 9:7; Yr 7:14; Dn 9:18; 1Pt 4:17
Yer. 25:29Img 11:31; Yr 49:12; Ob 16
Yer. 25:30Yes 42:13; Yw 3:16; Am 1:2
Yer. 25:30Zb 11:4; 132:14
Yer. 25:30Yes 16:9; Yr 48:33
Yer. 25:31Yes 34:8; Hs 4:1; 12:2; Mik 6:2
Yer. 25:31Ezk 18:30; 20:35; Yw 3:2
Yer. 25:31Img 2:22; Yes 66:16; Am 9:10
Yer. 25:32Yes 34:2; Yr 25:17
Yer. 25:32Yes 30:30; 66:15; Yr 23:19; 30:23; Zf 3:8
Yer. 25:33Yes 34:3; 66:16; Yr 12:12
Yer. 25:33Zb 79:3; Yes 14:19
Yer. 25:33Zb 83:10; Yes 5:25; Yr 8:2; 9:22
Yer. 25:34Yr 4:8
Yer. 25:34Yr 6:26
Yer. 25:34Ezk 34:17
Yer. 25:34Yes 33:1
Yer. 25:34Yr 22:28
Yer. 25:35Yr 32:4; 52:8; Am 2:14
Yer. 25:37Yes 27:10
Yer. 25:38Hs 5:14
Yer. 25:38Yr 25:12
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
  • 38
Bibiliya y’isi nshasha
Yeremiya 25:1-38

Yeremiya

25 Ijambo ryaje kuri Yeremiya ku bijanye n’abantu bose bo muri Yuda mu mwaka ugira kane wa Yehoyakimu+ mwene Yosiya, umwami wa Yuda, ari wo mwaka wa mbere wa Nebukadirezari umwami wa Babiloni, 2 iryo Yeremiya umuhanuzi yavuze ku bijanye n’abantu bose bo muri Yuda no ku bijanye n’ababa i Yeruzalemu bose, ati:

3 “Kuva mu mwaka ugira cumi na gatatu wa Yosiya+ mwene Amoni, umwami wa Yuda, gushika n’uyu musi, iyo myaka mirongo ibiri n’itatu ijambo rya Yehova ryanjeko, nanje nagumye ndababwira, nzinduka nkavuga, mugabo ntimwumvirije+. 4 Kandi Yehova yabatumyeko abasavyi biwe bose, abahanuzi, akazinduka akabatuma, mugabo ntimwumvirije+, eka kandi ntimwateze ugutwi ngo mwumvirize+, 5 uko bavuga bati: ‘Enda nimuhindukire, umwe wese muri mwebwe ave mu nzira yiwe mbi no mu bubi bw’ibikorwa vyiwe+, maze mubandanye kuba ku butaka Yehova yabahaye mwe na ba sogokuruza banyu kuva kera gushika igihe kirekire kizoza+. 6 Kandi ntimukurikire izindi mana ngo muzikorere mwongere muzunamire, kugira ntimumbabarishe igikorwa c’amaboko yanyu, no kugira ngo sindabateze ivyago+.’

7 “‘Mugabo ntimwanyumvirije,’ ni ko Yehova avuze, ‘kugira ngo mumbabarishe igikorwa c’amaboko yanyu, mukikwegera ivyago+.’

8 “Ibi rero ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: ‘“Ko mutagamburutse amajambo yanje, 9 ehe ngira ntume intumwa, kandi nzotora imiryango yose yo mu buraruko+,” ni ko Yehova avuze, “egome, ngira ntume kuri Nebukadirezari umwami wa Babiloni, umusavyi wanje+, maze nzobazana batere iki gihugu+ n’abakibamwo n’aya mahanga yose ari irya n’ino+; kandi nzobatikiza ndabagire akajoreza n’ikintu co kuvugiriza agahwa+ n’ahantu hatikijwe gushika igihe kitagira urugero+. 10 Nzorandura muri bo ijwi ry’umwigino n’ijwi ry’umunezero+, ijwi ry’umukwe n’ijwi ry’umugeni+, urwamo rw’urusyo rw’amaboko+ n’umuco w’itara+. 11 Emwe, iki gihugu cose kizocika ahantu hatikijwe, akajoreza, kandi ayo mahanga azobwirizwa gukorera umwami wa Babiloni imyaka mirongo irindwi+.”’

12 “‘Maze imyaka mirongo irindwi niyakwira+, nzogira ico mbaza umwami wa Babiloni n’iryo hanga+,’ ni ko Yehova avuze, ‘kubera ikosa ryabo, egome, ngire ico mbaza igihugu c’Abakaludaya+, kandi nzokigira ibiharabuga gushika igihe kitagira urugero+. 13 Nzoshitsa kuri ico gihugu amajambo yanje yose nakivuzeko, egome, ibintu vyose vyanditswe muri iki gitabu Yeremiya yavuze mu buryo bw’ubuhanuzi ku mahanga yose+. 14 Kuko na bo nyene, amahanga menshi n’abami bahambaye+, babakoresheje nk’abasuku+; kandi nzobishura nk’uko igikorwa cabo kiri, nk’uko igikorwa c’amaboko yabo kiri+.’”

15 Kuko ibi ari vyo Yehova Imana ya Isirayeli ambwiye: “Tora iki gikombe c’umuvinyu w’ubushangashirwe mu kuboko kwanje, maze ukinyweshe amahanga yose ngutumyeko+. 16 Bazonywa koko maze bazungazunge, bamere nk’abasazi kubera inkota ngira ndabarungikemwo+.”

17 Nuko ntora nya gikombe mu kuboko kwa Yehova hanyuma ndakinywesha amahanga yose Yehova yari yantumyeko+, 18 ari yo Yeruzalemu n’ibisagara vya Yuda n’abami baho, abaganwa baho, kugira ngo bigirwe ikibanza catikijwe, akajoreza+, ikintu co kuvugiriza agahwa be n’umuvumo, nk’uko biri uyu musi+; 19 Farawo umwami wa Misiri n’abasuku biwe n’abaganwa biwe n’abantu biwe bose+; 20 n’uruvange rwose rw’abantu, n’abami bose b’igihugu ca Uzu+, n’abami bose b’igihugu c’Abafilisitiya+ na Ashikeloni+ na Gaza+ na Ekuroni+ n’amasigarira ya Ashidodi+; 21 Edomu+ na Mowabu+ na bene Amoni+; 22 n’abami bose ba Tiro+ n’abami bose ba Sidoni+ n’abami b’izinga riri mu karere k’ikiyaga; 23 na Dedani+ na Tema+ na Buzu n’abantu bose bamoye imishatsi mu misaya+; 24 n’abami bose b’Abarabu+ n’abami bose b’uruvange rw’abantu baba mu gahinga; 25 n’abami bose ba Zimuri n’abami bose ba Elamu+ n’abami bose b’Abamedi+; 26 n’abami bose bo mu buraruko ba hafi n’aba kure, umwumwe, n’ubundi bwami bwose bwo mw’isi buri ku buringanire bw’ubutaka; umwami wa Sheshaki+ na we azonywa inyuma yabo.

27 “Kandi uze ubabwire uti: ‘Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze: “Nimunywe muborerwe, muyorwe maze mutembe ku buryo mudashobora guhaguruka+, kubera inkota ngira ndabarungikemwo+.”’ 28 Maze nibanka gutora nya gikombe mu kuboko kwawe ngo banywe, uzoce ubabwira uti: ‘Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Ntimugenda mutanyoye+. 29 Kuko, ehe igisagara citirirwa izina ryanje ni co mpereyeko guteza ivyago+, none mwebwe mwogenda mudahanywe+?”’

“‘Ntimuzogenda mudahanywe, kuko mpamagariye inkota ababa kw’isi bose,’ ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.

30 “Nayo wewe, uze ubabwire ayo majambo yose y’ubuhanuzi, ubabwire uti: ‘Yehova azoroha nk’intambwe ari iyo hejuru+, arekure ijwi ryiwe ari ahantu heranda aba+. Azoroha nk’intambwe yerekeza ahantu hiwe ho kuba. Azovugiriza akaruru ababa kw’isi bose nk’ak’abaganisha ibirenge mu ruganiro rw’umuvinyu+.’

31 “‘Urwamo ruzoshika koko mu gice c’isi ca kure kurusha ibindi vyose, kuko Yehova afitaniye amatati n’amahanga+. Ubwiwe azoburana n’igifise umubiri cose+. Nayo ababisha, azobatanga ku nkota ata kabuza+,’ ni ko Yehova avuze.

32 “Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: ‘Ehe ivyago bigira bisohoke biva kw’ihanga bija ku rindi+, kandi igihuhusi gikomeye kizohaguruka kivuye mu mihingo ya kure kuruta iyindi y’isi+. 33 Abishwe na Yehova kuri uwo musi bazohera koko ku mpera imwe y’isi bashike ku yindi+. Ntibazoborogerwa, eka kandi ntibazokwegeranywa canke ngo bahambwe+. Bazoba nk’intabire ku buringanire bw’ubutaka+.’

34 “Boroge mwa bungere, musemerere+! Nimwikumbagaze hasi+, mwa bakomakomeye b’umukuku+, kuko imisi yanyu y’ugukererwa n’ugushwiragizwa kwanyu ikwiye+, kandi muzogwa koko nk’icombo gihimbaye+! 35 Aho abungere bari guhungira hazimanganye, be n’uburyo bwo guhunga bw’abakomakomeye b’umukuku+. 36 Umve amaborogo y’abungere, n’ukuboroga kw’abakomakomeye b’umukuku, kuko Yehova anyaze uburagiriro bwabo. 37 Ahantu ho kuba h’amahoro hasigaye ari ahantu hatagira ubuzima kubera ishavu rirurumba rya Yehova+. 38 Ahevye ubwikingo bwiwe nk’intambwe y’umukangara y’umugāra+, kuko igihugu cabo kibaye akajoreza kubera inkota ihahaza no kubera ishavu ryiwe rirurumba+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika