ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 95
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi: ibirimwo

      • Ugusenga kw’ukuri n’ukugamburuka birajana

        • «Uyu musi nimwumviriza ijwi ryayo» (7)

        • «Ntimukomantaze imitima yanyu» (8)

        • «Ntibazokwinjira mu karuhuko kanje» (11)

Zaburi 95:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 22:47

Zaburi 95:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 50:23; 100:4

Zaburi 95:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 18:11; Yr 10:10; 1Kr 8:5, 6

Zaburi 95:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Am 4:13; 9:3

Zaburi 95:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 5:22
  • +It 1:9, 10

Zaburi 95:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 100:3; Mt 4:10; Ivh 14:7

Zaburi 95:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «zo mu kuboko kwiwe.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 23:1; Yes 40:11
  • +Heb 3:7-11; 4:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/1998, rup. 10-11

Zaburi 95:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Iryo zina risobanura ngo «gushwana.»

  • *

    Iryo zina risobanura ngo «kugerageza», «ikigeragezo.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 3:15
  • +Kv 17:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/1998, rup. 10-11

Zaburi 95:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 78:18; 1Kr 10:9
  • +Gh 14:22, 23

Zaburi 95:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «iyaruka.»

Zaburi 95:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 2:3; Gh 14:22, 23; Heb 4:3

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 95:12Sm 22:47
Zab. 95:2Zb 50:23; 100:4
Zab. 95:3Kv 18:11; Yr 10:10; 1Kr 8:5, 6
Zab. 95:4Am 4:13; 9:3
Zab. 95:5Yr 5:22
Zab. 95:5It 1:9, 10
Zab. 95:6Zb 100:3; Mt 4:10; Ivh 14:7
Zab. 95:7Zb 23:1; Yes 40:11
Zab. 95:7Heb 3:7-11; 4:7
Zab. 95:8Heb 3:15
Zab. 95:8Kv 17:7
Zab. 95:9Zb 78:18; 1Kr 10:9
Zab. 95:9Gh 14:22, 23
Zab. 95:11It 2:3; Gh 14:22, 23; Heb 4:3
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Zaburi 95:1-11

Zaburi

95 Nimuze tuvugirize impundu Yehova!

Nimuze twigine intsinzi y’Igitandara c’ubukiriro bwacu+.

 2 Nimuze tuje imbere yiwe dukenguruka+,

tumuririmbire twongere twigine intsinzi.

 3 Kuko Yehova ari Imana ihambaye

akaba n’Umwami ahambaye kuruta izindi mana zose+.

 4 Inyenga y’isi iri mu kuboko kwiwe.

Amasonga y’imisozi ni rwiwe+.

 5 Ikiyaga ni iciwe kuko ari we yakiremye+,

kandi amaboko yiwe ni yo yabumvye isi+.

 6 Nimuze tumusenge kandi tumwunamire,

dupfukame imbere ya Yehova Umuhinguzi wacu+.

 7 Kuko ari Imana yacu,

natwe tukaba abantu bo mu buragiro bwayo,

intama zayo yitwararika*+.

Uyu musi nimwumviriza ijwi ryayo+,

 8 ntimukomantaze imitima nka kumwe kw’i Meriba*+,

nka wa musi w’i Masa* mu bugaragwa+,

 9 igihe ba sogokuruza banyu bangerageza+.

Baransomborokeje naho bari barabonye ibikorwa vyanje+.

10 Urwo runganwe* rwamaze imyaka 40 runshisha, maze mvuga nti:

«Imitima y’aba bantu iguma izimira.

Ntibigeze bamenya inzira zanje.»

11 Naciye ndahira n’ishavu n’akantu nti:

«Ntibazokwinjira mu karuhuko kanje+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika