ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 53
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi: ibirimwo

      • Uko abantu b’imburabwenge bameze

        • «Yehova nta wuriho» (1)

        • «Nta n’umwe akora iciza» (3)

Zaburi 53:akajambo k’intangamarara

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «masikili.» Raba Insiguro y’amajambo (Masikili).

Zaburi 53:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 10:4; Rm 1:21
  • +Zb 14:1-7; Rm 3:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2006, rup. 10

Zaburi 53:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ugutahura kwimbitse.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 11:4; 33:13-15; Yr 16:17; 23:24
  • +1Ng 28:9; 2Ng 15:2; 19:1, 3; Yes 55:6; 1Pt 3:12

Zaburi 53:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ums 7:20; Rm 3:12

Zaburi 53:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 21:7, 14

Zaburi 53:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «kandi ata cari gikwiye kubatera ubwoba.»

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «y’abakambitse ngo babatere.»

Zaburi 53:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 12:6

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 53:1Zb 10:4; Rm 1:21
Zab. 53:1Zb 14:1-7; Rm 3:10
Zab. 53:2Zb 11:4; 33:13-15; Yr 16:17; 23:24
Zab. 53:21Ng 28:9; 2Ng 15:2; 19:1, 3; Yes 55:6; 1Pt 3:12
Zab. 53:3Ums 7:20; Rm 3:12
Zab. 53:4Yb 21:7, 14
Zab. 53:6Yes 12:6
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Zaburi 53:1-6

Zaburi

Ku mukuru w’abaririmvyi: bayiririmbira ku mudiho wa Mahalati*. Ni indirimbo* ya Dawidi.

53 Abantu b’imburabwenge bibwira mu mutima ngo:

«Yehova nta wuriho+.»

Ibikorwa vyabo ni bibi cane kandi birasesemye.

Nta n’umwe akora ivyiza+.

 2 Ariko Imana iguma yitegereza abantu yibereye mw’ijuru+,

kugira irabe ko hari n’umwe afise ugutahura*, ko hari n’umwe arondera Yehova+.

 3 Bose barataye inzira igororotse.

Bose barononekaye.

Nta n’umwe akora iciza,

eka nta n’umwe+.

 4 Mbega mu banyakibi nta n’umwe afise ugutahura?

Barya abantu banje nka kurya barya umukate.

Ntibigera batabaza Yehova+.

 5 Ariko bazotekerwa n’ubwoba bwinshi,

ubwoba batari bwigere bagira*,

kuko Imana izosanzaza amagufa y’abaje kugutera*.

Uzobamaramaza, kuko Yehova yabataye nk’akanuka.

 6 Icompa ubukiriro bwa Isirayeli bukaza buvuye i Siyoni+!

Yehova niyagarukana abantu biwe bagizwe imbohe,

Yakobo azonezerwa, Isirayeli ahimbarwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika