ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 6
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abalewi: ibirimwo

      • Ibindi bintu vyerekeye ishikanwa ryo kwagirwa n’icaha (1-7)

      • Amategeko ajanye n’amashikanwa (8-30)

        • Ishikanwa riturirwa (8-13)

        • Ishikanwa ry’intete (14-23)

        • Ishikanwa ry’igicumuro (24-30)

Abalewi 6:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 5:6
  • +Kv 22:7; Lw 19:11

Abalewi 6:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 22:10, 11; Lw 19:12; Ef 4:25; Kl 3:9

Abalewi 6:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 5:15, 16; Gh 5:6, 7

Abalewi 6:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 5:15; 7:1; Yes 53:10

Abalewi 6:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 5:18

Abalewi 6:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 29:38-42; Gh 28:3; Heb 10:11

Abalewi 6:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «agahuzu ko munsi.»

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

  • *

    Canke «iminyota inuze.» Yari iminyota ivanze n’ibinure vy’ibimazi.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 28:39, 42; 39:27, 28; Lw 16:32; Ezk 44:17
  • +Kv 27:3; Lw 1:16

Abalewi 6:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 16:23; Ezk 44:19
  • +Lw 4:3, 12

Abalewi 6:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 1:7; Neh 13:30, 31
  • +Lw 3:5, 16

Abalewi 6:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 2:1; Gh 15:3, 4

Abalewi 6:15

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «olibani.» Raba Insiguro y’amajambo (Olibani).

  • *

    Canke «icibutso.»

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «ry’akamoto karuhura kuri.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 2:2, 9; 5:11, 12

Abalewi 6:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 2:3; 5:13; Ezk 44:29; 1Kr 9:13
  • +Lw 10:12

Abalewi 6:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 2:11
  • +Gh 18:9
  • +Lw 2:3, 10

Abalewi 6:18

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «iyaruka.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 18:10
  • +Lw 24:8, 9

Abalewi 6:20

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo (Kurobanura).

  • *

    Efa imwe yaja mu kintu c’amalitiro 22. Raba Inyongera ya B14.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 30:30; Heb 5:1
  • +Kv 16:36
  • +Kv 29:1, 2, 40, 41; Lw 2:1; 9:17; Gh 28:4, 5

Abalewi 6:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 2:5; 7:9; 1Ng 23:29

Abalewi 6:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 10:6

Abalewi 6:23

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «rikwiye gutangwa ryose.»

Abalewi 6:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 4:3
  • +Lw 1:3, 11

Abalewi 6:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 10:17; Gh 18:9; Ezk 44:29
  • +Kv 27:9; Lw 6:14, 16; Ezk 42:13

Abalewi 6:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 6:14, 18; 21:21, 22; Gh 18:10
  • +Lw 6:25

Abalewi 6:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 4:5; 10:18; 16:27; Heb 13:11

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Lew. 6:2Gh 5:6
Lew. 6:2Kv 22:7; Lw 19:11
Lew. 6:3Kv 22:10, 11; Lw 19:12; Ef 4:25; Kl 3:9
Lew. 6:5Lw 5:15, 16; Gh 5:6, 7
Lew. 6:6Lw 5:15; 7:1; Yes 53:10
Lew. 6:7Lw 5:18
Lew. 6:9Kv 29:38-42; Gh 28:3; Heb 10:11
Lew. 6:10Kv 28:39, 42; 39:27, 28; Lw 16:32; Ezk 44:17
Lew. 6:10Kv 27:3; Lw 1:16
Lew. 6:11Lw 16:23; Ezk 44:19
Lew. 6:11Lw 4:3, 12
Lew. 6:12Lw 1:7; Neh 13:30, 31
Lew. 6:12Lw 3:5, 16
Lew. 6:14Lw 2:1; Gh 15:3, 4
Lew. 6:15Lw 2:2, 9; 5:11, 12
Lew. 6:16Lw 2:3; 5:13; Ezk 44:29; 1Kr 9:13
Lew. 6:16Lw 10:12
Lew. 6:17Lw 2:11
Lew. 6:17Gh 18:9
Lew. 6:17Lw 2:3, 10
Lew. 6:18Gh 18:10
Lew. 6:18Lw 24:8, 9
Lew. 6:20Kv 30:30; Heb 5:1
Lew. 6:20Kv 16:36
Lew. 6:20Kv 29:1, 2, 40, 41; Lw 2:1; 9:17; Gh 28:4, 5
Lew. 6:21Lw 2:5; 7:9; 1Ng 23:29
Lew. 6:22Gus 10:6
Lew. 6:25Lw 4:3
Lew. 6:25Lw 1:3, 11
Lew. 6:26Lw 10:17; Gh 18:9; Ezk 44:29
Lew. 6:26Kv 27:9; Lw 6:14, 16; Ezk 42:13
Lew. 6:29Lw 6:14, 18; 21:21, 22; Gh 18:10
Lew. 6:29Lw 6:25
Lew. 6:30Lw 4:5; 10:18; 16:27; Heb 13:11
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Abalewi 6:1-30

Abalewi

6 Yehova abandanya kubwira Musa ati: 2 «Umuntu niyacumura agahemukira Yehova+ mu kubesha mugenziwe ku kintu yamubikije+ canke yamugwatirije, canke akamwiba, akamunyaga 3 canke agatora ikintu catakaye mugabo akabesha ku bijanye na co, niyarahira abesha ku gicumuro ico ari co cose yakoze muri ivyo+, uku ni ko akwiye kubigenza: 4 nimba yacumuye akagirwa n’icaha, ategerezwa gusubiza ico kintu yivye canke yanyaze, canke ico kintu yazurumye, yabikijwe canke yatoye, 5 canke ikindi kintu cose yarahiye abesha. Ategerezwa kukiriha cose uko cakabaye+, akongerako ica gatanu c’igiciro caco. Azobiha nyenevyo umusi vyemejwe ko yagiriwe n’icaha. 6 Azoca azanira umuherezi ishikanwa ryo kwagirwa n’icaha ahaye Yehova. Rizoba ari impfizi y’intama itagira akanenge akuye mu busho, yisunze igiciro cashinzwe c’ishikanwa ryo kwagirwa n’icaha+. 7 Umuherezi azomutangira impongano* imbere ya Yehova, kandi azobabarirwa ikintu cose yakoze gituma yagirwa n’icaha+.»

8 Yehova abandanya kubwira Musa ati: 9 «Bwira Aroni n’abahungu biwe uti: “Iri ni ryo tegeko rigenga ishikanwa riturirwa+: ishikanwa riturirwa rizoguma ku muriro wo ku gicaniro ijoro ryose gushika mu gatondo, kandi umuriro uzoguma waka ku gicaniro. 10 Umuherezi azokwambara umwambaro wiwe w’akazi na rya butura* bikozwe mw’ilino*+ kugira apfuke ubwambure bwiwe. Azokura iminyota*+ y’iryo shikanwa umuriro watuririye ku gicaniro, ayishire iruhande y’igicaniro. 11 Azoca akura izo mpuzu+ yambare izindi, aheze atware iyo minyota inyuma y’ikambi ahantu hadahumanye+. 12 Umuriro uzoguma waka ku gicaniro. Ntuze wigere uzima. Buri gitondo umuherezi azoza arashira inkwi+ ku muriro, azipangeko ikimazi giturirwa hanyuma aturire ibinure vy’ibimazi vyo gusangira bifumbe umwotsi kuri co+. 13 Umuriro uzoguma waka ku gicaniro. Ntuze wigere uzima.

14 Iri na ryo ni itegeko rigenga ishikanwa ry’intete+: abahungu ba Aroni ni bo bazorizana ku gicaniro imbere ya Yehova. 15 Umwe muri bo azotora kuri ryo urushi rw’ifu inoze ivanze n’amavuta hamwe n’imibavu* yose iri kuri ryo. Azoca abiturira bifumbe umwotsi ku gicaniro, bibe ikimenyetso* c’iryo shikanwa ryose. Ni ishikanwa ry’akamoto kamotera neza* Yehova+. 16 Aroni n’abahungu biwe bazorya ibisigaye kuri iryo shikanwa+. Bazobirira ahantu heranda ari imikate itagiramwo umwambiro. Bazoyirira mu kigo c’ihema ry’ibonaniro+. 17 Ntimukwiye kuyishiramwo umwambiro+. Ni umugabane ndabahaye uvuye ku mashikanwa yanje bashikanisha umuriro+. Ni ikintu ceranda rwose+, nka kurya kw’ishikanwa ry’igicumuro n’ishikanwa ryo kwagirwa n’icaha. 18 Umuhungu wese mu bakomoka kuri Aroni azoyirya+. Ni umugabane wabo wamaho uko urunganwe* rwabo ruzogenda rurakurikirana, uvuye ku mashikanwa ya Yehova bashikanisha umuriro+. Ikintu cose kizokora kuri ayo mashikanwa kizoca kiba ceranda.”»

19 Yehova yongera kubwira Musa ati: 20 «Iri ni ryo shikanwa Aroni n’abahungu biwe bazokwama baha Yehova umusi bazorobanuzwa amavuta*+: ic’icumi c’ingero ya efa*+ c’ifu inoze y’ishikanwa ry’intete+. Bazotanga igice kimwe mu gatondo, ikindi ku mugoroba. 21 Iryo shikanwa rizotegurirwa kw’ipanu+ riri kumwe n’amavuta. Uzorivanga neza n’amavuta hanyuma urishikane ari udukate twokeje, ribe akamoto kamotera neza Yehova. 22 Umuherezi wo mu bahungu biwe azorobanuzwa amavuta kugira amusubirire+, na we nyene azobigenza gutyo. Iri ni itegeko ryamaho: rizoturirwa rifumbe umwotsi imbere ya Yehova, kuko ari ishikanwa ritangwa ryose. 23 Ishikanwa ryose ry’intete ritangiwe umuherezi rikwiye guturirwa ryose*. Ntirikwiye kuribwa.»

24 Yehova abandanya kubwira Musa ati: 25 «Bwira Aroni n’abahungu biwe uti: “Iri ni ryo tegeko rigenga ishikanwa ry’igicumuro+: ahantu amashikanwa aturirwa akerererwa+, ni ho nyene bazokererera amashikanwa y’igicumuro imbere ya Yehova. Ni ikintu ceranda cane. 26 Umuherezi azotanga iryo shikanwa azorya igipande ciwe+. Azokirira ahantu heranda, mu kigo c’ihema ry’ibonaniro+.

27 Ikintu cose gikoze ku nyama z’iryo shikanwa kizoca kiba ceranda. Nihagira uwutarukiriza ku mpuzu yiwe amaraso yaryo, iyo mpuzu ikwiye guca imesurirwa ahantu heranda. 28 Inkono batetsemwo iryo shikanwa bakwiye kuyimena. Ariko nimba baritetse mw’isafuriya y’umujumpu, bakwiye kuyinyukura hanyuma bakayirongorora mu mazi.

29 Umugabo wese w’umuherezi azoriryako+. Ni ikintu ceranda rwose+. 30 Ariko ishikanwa ry’igicumuro ntirikwiye kuribwa igihe amaraso yaryo ajanywe ahantu heranda kugira bayatangeko impongano mw’ihema ry’ibonaniro+. Rikwiye guturirwa.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika