YESAYA
IBIRIMWO MURI MAKE
1
Umuvyeyi afise abana b’abagarariji (1-9)
Yehova aranka ugusenga kwo guheza umwuga (10-17)
«Nimuze dutunganye ibibazo» (18-20)
Siyoni izosubira kuba igisagara cizigirwa (21-31)
2
3
4
5
Ururirimbo rw’umuzabibu wa Yehova (1-7)
Amagorwa azoshikira umuzabibu wa Yehova (8-24)
Ishavu Imana ifitiye abantu bayo (25-30)
6
Yesaya yerekwa Yehova mu rusengero rwiwe (1-4)
Iminwa ya Yesaya ihumanurwa (5-7)
Yesaya atumwa (8-10)
«Gushika ryari ga Yehova?» (11-13)
7
Ubutumwa ku mwami Ahazi (1-9)
Ikimenyetso ca Emanweli (10-17)
Ingaruka z’ubuhemu (18-25)
8
Igitero c’Abashuri cimirije (1-8)
Ntimutinye, «Imana iri kumwe natwe» (9-17)
Yesaya n’abana biwe ni nk’ibimenyetso (18)
Nimubaze amategeko aho kubaza amadayimoni (19-22)
9
10
Imana izohana Abisirayeli (1-4)
Ashuri: inkoni y’ishavu ry’Imana (5-11)
Imana izohana Ashuri (12-19)
Amasigarira ya Yakobo azogaruka (20-27)
Imana izocira urubanza Ashuri (28-34)
11
12
13
14
Abisirayeli bazoba mu gihugu cabo (1, 2)
Umwami wa Babiloni acokorwa (3-23)
Ukuboko kwa Yehova kuzojanjagura Umwashuri (24-27)
Ubutumwa bw’urubanza rwaciriwe Abafilisitiya (28-32)
15
16
17
18
19
20
21
22
23
24
25
26
27
28
Ziragowe imborerwa za Efurayimu! (1-6)
Abaherezi n’abahanuzi bo mu Buyuda bagenda bicako (7-13)
«Isezerano n’urupfu» (14-22)
Akarorero k’indero nziza Yehova atanga (23-29)
29
30
Imfashanyo ya Misiri nta co imaze namba (1-7)
Abantu baranka kwumviriza abahanuzi (8-14)
Inkomezi ziva ku kwizigira (15-17)
Yehova azogirira ubuntu abantu biwe (18-26)
Yehova azoshitsa urubanza kuri Ashuri (27-33)
31
32
Umwami n’abatware bazoganza mu butungane nyakuri (1-8)
Abagore ata co binona bagabishwa (9-14)
Imihezagiro izoboneka impwemu niyasukwa (15-20)
33
34
35
36
37
Hezekiya atabaza Imana biciye kuri Yesaya (1-7)
Senakeribu atera ubwoba ababa i Yeruzalemu (8-13)
Isengesho rya Hezekiya (14-20)
Yesaya avuga ivyo Imana yamwishuye (21-35)
Umumarayika yica Abashuri 185.000 (36-38)
38
39
40
41
Umuntu avuye i burasirazuba azonesha amahanga (1-7)
Imana yatoye Isirayeli ngo ibe umusavyi wayo (8-20)
Izindi mana zisabwa kwiburanira (21-29)
42
Umusavyi w’Imana n’igikorwa yashinzwe (1-9)
Indirimbo nshasha yo gushemeza Yehova (10-17)
Isirayeli ni impumyi kandi ntiyumva (18-25)
43
Yehova asubira kwegeranya abantu biwe (1-7)
Imana zitari zo ziburanishwa (8-13)
Bazokurwa i Babiloni (14-21)
«Ingo tuburane» (22-28)
44
Imihezagiro abo Imana yatoye bazoronka (1-5)
Nta yindi Mana atari Yehova (6-8)
Ibigirwamana vyakozwe n’abantu nta co bimaze (9-20)
Yehova ni Umucunguzi wa Isirayeli (21-23)
Biciye kuri Kuro, ibintu bizosubira mu buryo (24-28)
45
Kuro yaratowe ngo afate Babiloni (1-8)
Ibumba ntiryorwana n’Umubumvyi (9-13)
Ayandi mahanga azokwubaha Isirayeli (14-17)
Imana ni iyo kwizigirwa turavye ivyo yaremye n’ivyo yahishuye (18-25)
46
47
48
Isirayeli ikosorwa ikongera igatyororwa (1-11)
Yehova azohagurukira Babiloni (12-16a)
Imana itwigisha ibitugirira akamaro (16b-19)
«Nimuve muri Babiloni!» (20-22)
49
50
51
Siyoni itunganywa nk’umurima wa Edeni (1-8)
Siyoni ihozwa n’Umuremyi wayo akomeye (9-16)
Igikombe c’uburake bwa Yehova (17-23)
52
53
54
55
56
57
Umugororotsi n’abantu b’intahemuka barazimangana (1, 2)
Ubuhemu bwa Isirayeli bushirwa ahabona (3-13)
Uruhoza ku baciye bugufi (14-21)
58
59
60
61
62
63
Yehova yihora amahanga (1-6)
Urukundo rudahera Yehova yerekanye kera (7-14)
Isengesho ryo kwigaya (15-19)
64
65
66
Ugusenga kw’ukuri n’ukw’ikinyoma (1-6)
Siyoni n’abahungu biwe (7-17)
Abantu begeranywa kugira basengere i Yeruzalemu (18-24)