ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • nwt rup. 1303-1306
  • Ezekiyeli: ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ezekiyeli: ibirimwo
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Ivyo bijanye
  • Ibikurubikuru vyo mu gitabu ca Ezekiyeli—Igice ca 2
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2007
  • “Shira Umutima ku” Rusengero rw’Imana!
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—1999
  • “Rwa Rusengero” na “Kizigenza” Muri Iki Gihe
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—1999
  • Ibikurubikuru vyo mu gitabu ca Ezekiyeli—Igice ca 1
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2007
Ibindi
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Ezekiyeli: ibirimwo

EZEKIYELI

IBIRIMWO MURI MAKE

  • 1

    • Ezekiyeli yerekwa n’Imana ari i Babiloni (1-3)

    • Yerekwa umukogote wa Yehova wo mw’ijuru (4-28)

      • Umuyaga w’igihuhusi, igicu n’umuriro (4)

      • Ibinyabuzima bine (5-14)

      • Amapine ane (15-21)

      • Ikirere gica ibibatsi nk’ibarafu (22-24)

      • Intebe y’ubwami ya Yehova (25-28)

  • 2

    • Ezekiyeli agirwa umuhanuzi (1-10)

      • «Bumva canke batumva» (5)

      • Yerekwa umuzingo w’uturirimbo tw’intimba (9, 10)

  • 3

    • Imana iha Ezekiyeli umuzingo wo kurya (1-15)

    • Ezekiyeli asabwa kuba inderetsi (16-27)

      • Atavuze yokwagiriwe n’amaraso (18-21)

  • 4

    • Ezekiyeli yerekana ingene Yeruzalemu izokwugarizwa (1-17)

      • Yikorera ikosa imisi 390, n’iyindi 40 (4-7)

  • 5

    • Ezekiyeli yerekana ingene Yeruzalemu izotemba (1-17)

      • Agaburamwo gutatu umushatsi yimoye (1-4)

      • Yeruzalemu yakoze nabi gusumba ayandi mahanga (7-9)

      • Abagararije bahanwa mu buryo butatu (12)

  • 6

    • Ibizoshikira imisozi ya Isirayeli (1-14)

      • Ibigirwamana bisesemye bizomaramazwa (4-6)

      • «Muzomenya vy’ukuri yuko ndi Yehova» (7)

  • 7

    • Iherezo riraje (1-27)

      • Icago kidasanzwe (5)

      • Bazoshiburira amahera mu mabarabara (19)

      • Urusengero ruzohumanywa (22)

  • 8

    • Ezekiyeli ajanwa i Yeruzalemu mw’iyerekwa (1-4)

    • Yerekwa ibintu bishisha mu rusengero (5-18)

      • Abagore bariko baririra Tamuzi (14)

      • Abagabo bariko basenga izuba (16)

  • 9

    • Abagabo batandatu bahonya, n’uwufise agahembe k’irangi (1-11)

      • Urubanza ruhera ahantu heranda (6)

  • 10

    • Umuriro ukuwe hagati y’amapine (1-8)

    • Indondoro y’abakerubi n’amapine (9-17)

    • Ubuninahazwa bw’Imana buva ku rusengero (18-22)

  • 11

    • Abatware babi bacirwa urubanza (1-13)

      • Igisagara kigereranywa n’inkono (3-12)

    • Imana isezerana guhindura ibintu (14-21)

      • Imana itanga «impwemu nshasha» (19)

    • Ubuninahazwa bw’Imana buva kuri Yeruzalemu (22, 23)

    • Ezekiyeli asubira mu Bukaludaya mw’iyerekwa (24, 25)

  • 12

    • Ezekiyeli akora ibintu bigereranya ubunyagano (1-20)

      • Umuzigo wo kuja mu bunyagano (1-7)

      • Umukuru azogenda mu mwiza (8-16)

      • Bazorya mu maganya, banywe amazi bafise ubwoba (17-20)

    • Umugani w’ikinyoma ubeshuzwa (21-28)

      • «Nta jambo ryanje na rimwe rizoteba» (28)

  • 13

    • Ibizoshikira abahanuzi b’ikinyoma (1-16)

      • Impome zisize ishwagara zizogwa (10-12)

    • Ibizoshikira abahanuzikazi b’ikinyoma (17-23)

  • 14

    • Abasenga ibigirwamana bacirwa urubanza (1-11)

    • Yeruzalemu ntizosimba urubanza yaciriwe (12-23)

      • Nowa, Daniyeli na Yobu ni abagororotsi (14, 20)

  • 15

    • Yeruzalemu ni umuzabibu ata co umaze (1-8)

  • 16

    • Urwo Imana ikunda Yeruzalemu (1-63)

      • Yatowe ari umwana bataye (1-7)

      • Imana yaramusharije, igirana na we isezerano ry’ukwabirana (8-14)

      • Yarahemutse (15-34)

      • Azohanwa kubera yarenze ibigo (35-43)

      • Agereranywa na Samariya be na Sodomu (44-58)

      • Imana yibuka isezerano ryayo (59-63)

  • 17

    • Umugani w’inkona zibiri n’umuzabibu (1-21)

    • Agatwetwe koroshe gacika isederi ry’agatangaza (22-24)

  • 18

    • Umwe wese azobazwa ibicumuro vyiwe (1-32)

      • Umuntu acumura ni we azopfa (4)

      • Umwana ntazobazwa ikosa rya se (19, 20)

      • Imana ntihimbarwa n’uko umubisha apfa (23)

      • Kwigaya bituma umuntu abaho (27, 28)

  • 19

    • Akaririmbo k’intimba ku bakuru bo muri Isirayeli (1-14)

  • 20

    • Ingene Abisirayeli bagiye baragarariza (1-32)

    • Imana isezerana kugarukana Abisirayeli (33-44)

    • Ibizoshikira ubumanuko (45-49)

  • 21

    • Inkota y’Imana isokorwa ngo ishitse urubanza (1-17)

    • Umwami wa Babiloni azotera Yeruzalemu (18-24)

    • Umukuru wa Isirayeli w’umubisha azokurwaho (25-27)

      • «Kura urugori» (26)

      • «Gushika haje uwubifitiye uburenganzira» (27)

    • Inkota izotera Abamoni (28-32)

  • 22

    • Yeruzalemu, ca gisagara cagirwa n’amaraso (1-16)

    • Abisirayeli nta co bamaze (17-22)

    • Abisirayeli n’abakuru babo baterwa ivyatsi (23-31)

  • 23

    • Abakobwa babiri bavukana barenze ibigo (1-49)

      • Ohola n’Abashuri (5-10)

      • Oholiba n’Abanyababiloni be n’Abanyamisiri (11-35)

      • Igihano abo bakobwa bazohabwa (36-49)

  • 24

    • Yeruzalemu imeze nk’inkono y’ingese (1-14)

    • Urupfu rwa muka Ezekiyeli ruba ikimenyetso (15-27)

  • 25

    • Ibizoshikira Abamoni (1-7)

    • Ibizoshikira Mowabu (8-11)

    • Ibizoshikira Edomu (12-14)

    • Ibizoshikira Ubufilisitiya (15-17)

  • 26

    • Ibizoshikira Tiro (1-21)

      • «Imbuga yo kwanikirako insenga» (5, 14)

      • Amabuye n’ivu bizotererwa mu mazi (12)

  • 27

    • Akaririmbo k’intimba kerekeye ukunyika kwa Tiro (1-36)

  • 28

    • Ibizoshikira umwami wa Tiro (1-10)

      • «Ndi imana» (2, 9)

    • Akaririmbo k’intimba ku mwami wa Tiro (11-19)

      • «Wari muri Edeni» (13)

      • «Umukerubi yarobanuwe ngo akingire» (14)

      • «Watanguye gukora ibitagororotse» (15)

    • Ibizoshikira Sidoni (20-24)

    • Abisirayeli bazogarukanwa (25, 26)

  • 29

    • Ibizoshikira Farawo (1-16)

    • Misiri izohabwa Babiloni nk’impembo (17-21)

  • 30

    • Ibizoshikira Misiri (1-19)

      • Imana imenyesha ko Nebukadinezari azotera (10)

    • Imana izokwaka ububasha Farawo (20-26)

  • 31

    • Ugutemba kwa Misiri, rya sederi rirerire (1-18)

  • 32

    • Akaririmbo k’intimba kuri Farawo na Misiri (1-16)

    • Misiri ihambwa hamwe n’abatagenyerewe (17-32)

  • 33

    • Ibanga ry’inderetsi (1-20)

    • Inkuru y’itemba rya Yeruzalemu (21, 22)

    • Ubutumwa ku baba mu bisagara vyatikijwe (23-29)

    • Abantu ntibazokora ivyo babwiwe (30-33)

      • Ezekiyeli «ameze nk’akaririmbo k’urukundo» (32)

      • «Harigeze umuhanuzi muri bo» (33)

  • 34

    • Ibizoshikira abungere ba Isirayeli (1-10)

    • Yehova aritwararika intama ziwe (11-31)

      • «Umusavyi wanje Dawidi» azoziragira (23)

      • «Isezerano ry’amahoro» (25)

  • 35

    • Ibizoshikira imisozi ya Seyiri (1-15)

  • 36

    • Ubuhanuzi bwerekeye imisozi ya Isirayeli (1-15)

    • Abisirayeli bazogarukanwa (16-38)

      • «Nzokweza izina ryanje rihambaye» (23)

      • «Nka rya tongo rya Edeni» (35)

  • 37

    • Ezekiyeli yerekwa umubande w’amagufa yumye (1-14)

    • Udukoni tubiri dushirwa hamwe (15-28)

      • Ihanga rimwe, umwami umwe (22)

      • Isezerano ry’amahoro, ry’ibihe vyose (26)

  • 38

    • Igitero ca Gogi kuri Isirayeli (1-16)

    • Ishavu Yehova afitiye Gogi (17-23)

      • «Amahanga azomenya vy’ukuri yuko ndi Yehova» (23)

  • 39

    • Gogi n’ingabo ziwe batikizwa (1-10)

    • Bazohambwa mu mubande wa Hamoni-Gogi (11-20)

    • Abisirayeli bazogarukanwa (21-29)

      • Imana izosuka impwemu yayo ku Bisirayeli (29)

  • 40

    • Ezekiyeli ajanwa muri Isirayeli mw’iyerekwa (1, 2)

    • Ezekiyeli yerekwa urusengero (3, 4)

    • Ibigo n’amarembo (5-47)

      • Irembo riraba mu buseruko (6-16)

      • Ikigo c’inyuma be n’ayandi marembo (17-26)

      • Ikigo c’indani n’amarembo (27-37)

      • Ibibanza vy’uburiro vy’abakorera mu rusengero (38-46)

      • Igicaniro (47)

    • Ibaraza ry’urusengero (48, 49)

  • 41

    • Aheranda h’urusengero (1-4)

    • Uruhome n’ivyumba vyo mu mbavu (5-11)

    • Inyubakwa yo mu burengero (12)

    • Inyubakwa zitandukanye zipimwa (13-15a)

    • Indani mu rusengero (15b-26)

  • 42

    • Ibice birimwo ibibanza vy’uburiro (1-14)

    • Impande zine z’urusengero zipimwa (15-20)

  • 43

    • Ubuninahazwa bwa Yehova bwuzura urusengero (1-12)

    • Igicaniro (13-27)

  • 44

    • Irembo ryo mu buseruko rizoguma ryugaye (1-3)

    • Amategeko agenga abanyamahanga (4-9)

    • Amategeko agenga Abalewi n’abaherezi (10-31)

  • 45

    • Intererano nyeranda n’igisagara (1-6)

    • Umugabane w’umukuru (7, 8)

    • Abakuru bakwiye kuvugisha ukuri (9-12)

    • Intererano z’abanyagihugu n’umukuru (13-25)

  • 46

    • Amashikanwa yo mu bihe bimwebimwe (1-15)

    • Intoranwa umukuru atanga kw’itongo ryiwe (16-18)

    • Aho batekera amashikanwa (19-24)

  • 47

    • Uruzi rutemba ruva mu rusengero (1-12)

      • Amazi agenda araba menshi (2-5)

      • Amazi yo mu kiyaga c’Umunyu akira (8-10)

      • Ibibanza vy’urushanga ntibizokira (11)

      • Ibiti vyo kurya no kuvura (12)

    • Imbibe z’igihugu (13-23)

  • 48

    • Ingene igihugu cogabuwe (1-29)

    • Amarembo 12 y’igisagara (30-35)

      • Igisagara citwa «Yehova ari ng’aho» (35)

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika