ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 11/12 rup. 2
  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 19 Munyonyo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 19 Munyonyo
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2012
  • Udutwe
  • INDWI ITANGURA KU WA 19 MUNYONYO
Igikorwa dukorera Ubwami—2012
km 11/12 rup. 2

Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 19 Munyonyo

INDWI ITANGURA KU WA 19 MUNYONYO

Ururirimbo rwa 81 n’isengesho

□ Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:

jr ikig. 1 ing. 15-21 (Imin. 30)

□ Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:

Igisomwa ca Bibiliya: Obadiya 1–Yona 1-4 (Imin. 10)

No. 1: Yona 2:1-10 (Imin. 4 canke idashika)

No. 2: Ingene ugusenga kw’ukuri gutuma abantu bo mu mico itandukanye bunga ubumwe​—Zab. 133:1 (Imin. 5)

No. 3: Bibiliya irerekana ko Mariya “atagumye ari isugi”—td 33B (Imin. 5)

□ Ikoraniro ry’umurimo:

Ururirimbo rwa 95

Imin. 15: Gukorera ahari inkenero kuruta ahandi biravamwo imihezagiro myinshi iva kuri Yehova. Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza gishingiye ku Gitabu c’umwaka 2012, kuva ku rupapuro rwa 114, ingingo ya 1, gushika ku rupapuro rwa 116, ingingo ya 1; ku rupapuro rwa 151, ingingo ya 3; ku rupapuro rwa 153, ingingo ya 1 n’iya 2; no kuva ku rupapuro rwa 170, ingingo ya 1, gushika ku rupapuro rwa 171, ingingo ya 3. Nusabe abumviriza bavuge ivyo bahigiye.

Imin. 15: “Ntiwizitire​—Nutsinde ukwiyumvamwo ko ata vyo ushoboye.” Ibibazo n’inyishu. Nubaze ibibazo mu ncamake umuntu yize amashure make canke w’umunyamasoni yagize uruhara mu gikorwa co kwigisha Bibiliya.

Ururirimbo rwa 26 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika