ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 4/13 rup. 7
  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 29 Ndamukiza

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 29 Ndamukiza
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2013
  • Udutwe
  • INDWI ITANGURA KU WA 29 NDAMUKIZA
Igikorwa dukorera Ubwami—2013
km 4/13 rup. 7

Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 29 Ndamukiza

INDWI ITANGURA KU WA 29 NDAMUKIZA

Ururirimbo rwa 50 n’isengesho

□ Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:

jr ikig. 8 ing. 14-20 (Imin. 30)

□ Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:

Igisomwa ca Bibiliya: Luka 22-24 (Imin. 10)

Isubiramwo ryo mw’Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi (Imin. 20)

□ Ikoraniro ry’umurimo:

Ururirimbo rwa 56

Imin. 10: Gutanguza inyigisho za Bibiliya ku wa gatandatu wa mbere. Mukoresheje uburyo bwo gutanguza ibiyago buri ku rupapuro rwa 8, nimugire umwerekano w’ukuntu inyigisho ya Bibiliya yotanguzwa ku wa gatandatu wa mbere wa Rusama. Niba ikinyamakuru co muri Rusama kitaraboneka, nimukoreshe ibinyamakuru muheruka kuronka mw’ishengero kandi mwisunge Igikorwa dukorera Ubwami catanzwemwo uburyo bwo kubishikiriza. Nimuremeshe bose kubigiramwo uruhara. Nimuganire ku kiganiro kivuga ngo “Woba wama uraba ku kibaho c’amatangazo?”

Imin. 10: Ubutumwa dutegerezwa kumenyekanisha​—“Ubu butumwa bgiza bg’ubgami.” Insiguro irimwo igishika ishingiye ku gitabu Ishure ry’Ubusuku, urupapuro rwa 279-281.

Imin. 10: Hatwigisha iki? Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza. Saba abumviriza basome Matayo 16:21-23 na Luka 9:22-26. Nimwihweze ukuntu ibivugwamwo bishobora kudufasha mu busuku bwacu.

Ururirimbo rwa 117 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika