ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 5/13 rup. 4
  • Ingene twotanguza ibiyago

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ingene twotanguza ibiyago
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2013
  • Ivyo bijanye
  • Ingene twotanguza ibiyago
    Igikorwa dukorera Ubwami—2012
  • Ingene twotanguza ibiyago
    Igikorwa dukorera Ubwami—2011
  • Ingene twotanguza ibiyago
    Igikorwa dukorera Ubwami—2014
  • Ingene twotanguza ibiyago
    Igikorwa dukorera Ubwami—2013
Ibindi
Igikorwa dukorera Ubwami—2013
km 5/13 rup. 4

Ingene twotanguza ibiyago

Gutanguza inyigisho za Bibiliya ku wa gatandatu wa mbere wa Ruheshi

“Abantu nka bose tuganira dusanga bipfuza ko kw’isi haba amahoro. Ariko rero, kw’isi haracariho intambara. Wewe wibaza ko ari kubera iki bitoroshe yuko amahoro aboneka kw’isi?” Rindira yishure. Nuce umwereka urupapuro rwa nyuma rw’Umunara w’Inderetsi wo ku wa 1 Ruheshi, maze murabire hamwe ibivugwa munsi y’ikibazo ca mbere mwongere murabe n’imiburiburi kimwe mu vyanditswe vyatanzwe. Numushikirize ibinyamakuru hanyuma muvugane umusi wogaruka kugira muganire ikibazo gikurikira.

Ibimenyeshejwe: Uwu mwerekano ukwiye kugirwa mw’ikoraniro ryo gusohoka mu ndimiro ryo ku wa 1 Ruheshi.

Umunara w’Inderetsi 1 Rusama

“Twagomba kumenya ico wiyumvira kuri iki kintu. [Soma 1 Yohani 4:8.] Benshi baremera ayo majambo, ariko hari abandi biyumvira ko Imana ari ruburakigongwe kubera ko ngo ari yo iteza ivyago vy’ivyaduka, canke kubera ko ngo ireka bikaba. Wewe uvyibazako iki? [Rindira yishure.] Iki kinyamakuru kirerekana imvo zumvikana zikwiye gutuma tutabona Imana ko ari ruburakigongwe.”

Be maso! Rusama

“Turiko turagendera ababanyi bacu kugira tuganire na bo ingorane itesha umutwe, na yo akaba ari ubugizi bwa nabi. Hari abiyumvira ko ikintu nyamukuru cotuma ubugizi bwa nabi bugabanuka kwoba ukugwiza abapolisi. Wewe uvyibazako iki? [Rindira yishure.] Wari uzi ko Bibiliya isezerana ko ubugizi bwa nabi buzohera? [Soma Zaburi 37:10, 11.] Iki kinyamakuru kiraca irya n’ino uwo muhango kandi kirerekana ibintu ngirakamaro twokora kugira twirinde ubugizi bwa nabi.”

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika