ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb16 Ndamukiza rup. 8
  • Isekeza ryo gutumira abantu kw’ihwaniro

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Isekeza ryo gutumira abantu kw’ihwaniro
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
  • Udutwe
  • Ivyo bijanye
  • IBINTU WOKWITWARARIKA
  • IVYO WOVUGA
  • IGIHE HARI UWUSHIMISHIJWE
  • Gutanga ubutumire
    Igikorwa dukorera Ubwami—2015
  • Ubutumire budasanzwe
    Igikorwa dukorera Ubwami—2014
  • Isekeza riri n’ico rivamwo
    Igikorwa dukorera Ubwami—2013
  • Isekeza ryo gutangaza Icibutso rizotangura ku wa 17 Ntwarante
    Igikorwa dukorera Ubwami—2012
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
mwb16 Ndamukiza rup. 8

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

Isekeza ryo gutumira abantu kw’ihwaniro

Icabona ca Yehova ahagaze iruhande y’akantu bashirako ibitabu, ariko arabwira inkuru nziza umugabo umwe

Buri mwaka tuba dushashaye kwitaba amahwaniro yacu y’akarere aho turonkera inzimano yo mu vy’impwemu. Kugira n’abandi bungukire ku kumera neza kwa Yehova, tuzotumira benshi bashoboka baze kwifatanya natwe. (Zb 34:8) Inama y’abakurambere izoraba ingene bokoresha neza ubutumire bazoronka.

IBINTU WOKWITWARARIKA

  • Ihwaniro ryacu rizoba ryari?

  • Tuzotangura isekeza ryari?

  • Amakoraniro yo gusohoka mu ndimiro azoza araba ryari?

  • Muri iri sekeza, ni ibiki nipfuza gushikako?

  • Ni bande nshaka gutumira?

IVYO WOVUGA

Ubutumire bw’ihwaniro ry’akarere ryo mu 2016

Umaze kuramukanya nk’uko musanzwe muramukanya aho iwanyu, woshobora kuvuga uti:

“Turiko turagira uruhara mw’isekeza ririko riraba kw’isi yose ryo gutumira abantu ku rubanza ruhambaye. Igenekerezo, amasaha be n’ikibanza urwo rubanza ruzoberamwo biriko kuri ubu butumire. Tuzohimbarwa no kukubona.”

IGIHE HARI UWUSHIMISHIJWE

Ikinyamakuru Be maso!, No. 2 2016 | Bibiliya ni igitabu kidasanzwe

Naho twipfuza gutumira abantu benshi cane kw’ihwaniro, turakwiye kwitwararika abagaragaza ugushimishwa.

Ku mpera y’imishamvu, woshobora gutanga ubutumire n’ikinyamakuru.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika