YOSUWA
IBIRIMWO MURI MAKE
1
2
Yosuwa arungika i Yeriko abasumyi b’urusaku babiri (1-3)
Rahabu anyegeza abaje gusuma urusaku (4-7)
Ivyo basezeraniye Rahabu (8-21a)
Ba basumyi b’urusaku bagaruka kwa Yosuwa (21b-24)
3
4
5
Abisirayeli bagenyerwa i Gilugali (1-9)
Bahimbaza Pasika. Manu ntiyasubiye kuboneka (10-12)
Umukuru w’ingabo za Yehova (13-15)
6
7
Abisirayeli batsindwa i Ayi (1-5)
Isengesho rya Yosuwa (6-9)
Igicumuro catumye Abisirayeli batsindwa (10-15)
Akani afatwa agaterwa amabuye (16-26)
8
Yosuwa arungika abinyegeza ngo batere Ayi (1-13)
Igisagara ca Ayi gifatwa (14-29)
Yosuwa asoma amategeko ku musozi Ebali (30-35)
9
Abanyagibeyoni barondera amahoro (1-15)
Amayeri yabo amenyekana (16-21)
Yosuwa abagira abo gusenya no kuvoma (22-27)
10
Abisirayeli batabara Gibeyoni (1-7)
Yehova arwanira Abisirayeli (8-15)
Abami batanu bari bateye bicwa (16-28)
Abisirayeli bafata ibisagara mu bumanuko (29-43)
11
12
13
Akarere batari bwafate (1-7)
Bagabura akarere mu buseruko bwa Yorodani (8-14)
Aho Abarubeni batoranye (15-23)
Aho Abagadi batoranye (24-28)
Aho bene Manase batoranye mu buseruko (29-32)
Yehova ni we ntoranwa y’Abalewi (33)
14
15
Aho umuryango wa Yuda watoranye (1-12)
Umukobwa wa Kalebu aronka itongo (13-19)
Ibisagara vya bene Yuda (20-63)
16
17
18
19
Aho abakomoka kuri Simeyoni batoranye (1-9)
Aho abakomoka kuri Zabuloni batoranye (10-16)
Aho abakomoka kuri Isakari batoranye (17-23)
Aho abakomoka kuri Asheri batoranye (24-31)
Aho abakomoka kuri Nafutali batoranye (32-39)
Aho Abadani batoranye (40-48)
Aho Yosuwa yatoranye (49-51)
20
21
22
Abo mu buseruko bwa Yorodani basubira iwabo (1-8)
Bubaka igicaniro hafi ya Yorodani (9-12)
Basigura igituma bubatse igicaniro (13-29)
Amatati atorerwa umuti (30-34)
23
24
Yosuwa asubiramwo kahise k’Abisirayeli (1-13)
Yosuwa abaremesha gukorera Yehova (14-24)
Yosuwa agirana isezerano n’Abisirayeli (25-28)
Yosuwa apfa agahambwa (29-31)
Amagufa ya Yozefu bayahamba i Shekemu (32)
Eleyazari apfa agahambwa (33)