ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 10/00 rup. 3
  • Akumba k’Ibibazo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Akumba k’Ibibazo
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2000
  • Ivyo bijanye
  • Akumba k’Ibibazo
    Igikorwa dukorera Ubwami—2000
  • Akumba k’Ibibazo
    Igikorwa dukorera Ubwami—2001
  • Nubibe vyinshi ariko ubigiranye ubukerebutsi
    Igikorwa dukorera Ubwami—2004
  • Niwerekane ko Ushima Ibisohokayandikiro
    Igikorwa dukorera Ubwami—2001
Ibindi
Igikorwa dukorera Ubwami—2000
km 10/00 rup. 3

Akumba k’Ibibazo

◼ Nimba uwo dusanze ku muhana atanze intererano niniya ugereranije, twoba dukwiye kumuha ikindi candikano?

Si ngombwa. Urashobora gukoresha ubukerebutsi bwawe muri ivyo, ukarimbura ugushimishwa kugaragajwe mu gusoma ico candikano. Usubiye kumugendera mu nyuma, icandikano kivuga ibintu kanaka uwo muntu wasanze ku muhana akeneye woshobora kukimusigira. Nimba yibwirije gutanga iyindi ntererano, irashobora kwakirwa n’umutima mwiza. Urama wibuka yuko intererano zishigikira imice itandukanye y’igikorwa cacu turangurira kw’isi yose, kikaba kirimwo porogarama yacu yo kwubaka, abamisiyonari, be na ca gikorwa c’abatsimvyi badasanzwe, turetse ukuba dusohora ivyandikano.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika