ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 5/08 rup. 4
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2008
  • Ivyo bijanye
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2009
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2009
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2009
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2007
Ibindi
Igikorwa dukorera Ubwami—2008
km 5/08 rup. 4

Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru

Umunara w’Inderetsi 1 Ndam.

“Ntiwoshima kubona ubu buhanuzi burangutse? [Soma Yesaya 2:4, maze uce umureka yishure.] Urabona ko Imana izogira ico ikoze ku bijanye n’abantu kandi ko ‘izotatura’ ibintu. Bibiliya irerekana ko Imana izorwana intambara yitwa Harumagedoni izorangiza intambara zose. Iki kinyamakuru kirasigura Harumagedoni ico ari co be n’igituma dukwiye kuyirindirana igishika.”

Réveillez-vous! Ndam.

“Woba wibaza ko twoba turi muri iki gihe kivugwa ng’aha? [Soma 2 Timoteyo 3:1-4, maze urindire yishure.] Hariho imvo yumvikana yotuma twitwararika cane imisi y’iherezo kubera ko yerekana ko hari ibintu vyiza bigiye kuza kw’isi. Iki kinyamakuru kirabisigura.”

Umunara w’Inderetsi 1 Ndam.

“Kubera ko ibintu vy’igiciro vy’isi biriko birakoreshwa nabi, woba umaze kwibaza nimba isi izorokoka? [Rindira yishure.] Ehe raba uno muhango uhumuriza. [Soma Zaburi 104:5.] Iki kiganiro kirerekana ivyo Bibiliya ivuga ku bijanye na kazoza k’isi.” Mwereke ikiganiro gitangurira ku rupapuro rwa 10.

Réveillez-vous! Ndam.

“Kubera ducurumba muri vyinshi, abantu benshi babona ko bitoroshe kurondera umwanya wo gusenga Imana. Kuri wewe yoba ari ingorane? [Rindira yishure, uce usoma mu Banyefeso 5:15-17.] Iki kiganiro kirasigura mu buryo bwumvikana bushingiye kuri Bibiliya ukuntu umwanya be n’inguvu Imana yiteze ko tuyihebera bikwiriye kungana.” Mwereke ikiganiro gitangurira ku rupapuro rwa 20.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika