ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 1/15 rup. 4
  • Ingene twotanguza ibiyago

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ingene twotanguza ibiyago
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2015
  • Ivyo bijanye
  • Ingene twotanguza ibiyago
    Igikorwa dukorera Ubwami—2014
  • Ingene twotanguza ibiyago
    Igikorwa dukorera Ubwami—2013
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2009
  • Ingene twotanguza ibiyago
    Igikorwa dukorera Ubwami—2015
Ibindi
Igikorwa dukorera Ubwami—2015
km 1/15 rup. 4

Ingene twotanguza ibiyago

Umunara w’Inderetsi 1 Ruhuhuma

“Uno musi twaramutse duha abantu bose bo muri aka karere aka gapapuro k’inkuru nziza. Karasigura ukuntu Bibiliya ari ngirakamaro. Rwawe ng’aka. [Numuhe agapapuro k’inkuru nziza Ubona gute Bibiliya?] Hari abibaza nimba Bibiliya irimwo impanuro ngirakamaro zobafasha mu kazi kabo. Raba ico uwu murongo uvuga ku bijanye n’akazi. [Soma Umusiguzi 3:13.] Iki kinyamakuru kirerekana ingingo ngenderwako zimwezimwe zo muri Bibiliya zidufasha kuronka umunezero mu kazi dukora. Woba woshima kugisoma?”

Be maso! Ruhuhuma

“Twari duciye ng’aha gatoyi ngo tubereke ikinyamakuru Be maso! gishasha. Kirishura ikibazo gishimishije. [Mwereke igipfukisho.] Nipfuza kumenya ico wiyumvira kuri iki canditswe kiri muri iki kinyamakuru. [Soma Imigani 29:11.] Woba ubona ko iyi ngingo ngenderwako yo muri Bibiliya hari ico imaze muri iki gihe? [Rindira yishure.] Iki kinyamakuru kiraca irya n’ino ingingo ngenderwako zine zo muri Bibiliya kikongera kigasigura ingene kuzishira mu ngiro vyotugirira akamaro.”

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika