ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb16 Ruheshi rup. 5
  • Yehova ntiyirengagiza umutima umenaguritse

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Yehova ntiyirengagiza umutima umenaguritse
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
  • Ivyo bijanye
  • Wokwungukira gute ku kuba Yehova yiteguriye kubabarira?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2012
  • Igihe “umutima umenetse, ujanjaguwe” urondeye guharirwa
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2010
  • Igicumuro c’umwami Dawidi
    Ivyigwa dukura muri Bibiliya
  • Ibibazo vy’Abasomyi
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2001
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
mwb16 Ruheshi rup. 5

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ZABURI 45-51

Yehova ntiyirengagiza umutima umenaguritse

Dawidi ariyagiriza cane aho yumviye ikigereranyo c’umutunzi yatwaye akagazi k’umukene

Zaburi ya 51 yanditswe na Dawidi igihe umuhanuzi Natani yamwereka igicumuro gikomeye yakoranye na Batisheba. Ijwi ryo mu mutima ryaramubujije amahoro aca aricisha bugufi aratura igicumuro.​—2Sm 12:1-14.

Naho Dawidi yari yacumuye, vyari bigishoboka ko asubira gushimwa n’Imana

51:3, 4, 8-12, 17

  • Ataratura igicumuro ngo yigaye, ijwi ryo mu mutima ntiryamuha amahoro

  • Yaratuntujwe n’uko atagishimwa n’Imana ku buryo yumva umengo amagufa yiwe yajanjaguritse

  • Yari ashashaye guharirwa, gusubira gushimwa n’Imana no kugira umunezero yahorana

  • Yaringinze Yehova ngo amuhe umutima ukunze wo kugamburuka

  • Yari yizigiye ko Yehova yomuhariye

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika