ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb16 Myandagaro rup. 3
  • Guma ahihishije ha Musumbavyose

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Guma ahihishije ha Musumbavyose
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
  • Ivyo bijanye
  • Turarokorwa mu mitego ya wa mutezi w’inyoni
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2007
  • Ibirimwo
    Be maso!—2018
  • Yehova Ni We Buhungiro Bwacu
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2001
  • Ibanga wobwira abandi
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2010
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
mwb16 Myandagaro rup. 3

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ZABURI 87-91

Guma ahihishije ha Musumbavyose

Abibera “ahihishije” ha Yehova barakingirwa mu vy’impwemu

91:1, 2, 9-14

  • Muri iki gihe, kugira ngo tube ahihishije ha Yehova dutegerezwa kumwiyegurira tukabatizwa

  • Abatizigira Imana ntibahazi

  • Abibera ahihishije ha Yehova barakingirwa ikintu cose n’umuntu wese vyogeramira ukwizera kwabo n’urukundo bafitiye Imana

Wa “mutezi w’inyoni” aragerageza kuducakira

91:3

  • Kubera ko inyoni ziyubara cane, ziragoye gucakira

  • Abatezi b’inyoni barihweza bitonze ivyo zikunda gukora maze bakiga amayeri yo kuzicakira

  • Shetani, wa “mutezi w’inyoni,” arihweza yitonze abasavyi ba Yehova maze akabatega imitego yobagwisha mu vy’impwemu

Inyoni iriko yihweza umutego, umutezi na we abunze hafi yaho

Ng’iyi imitego ine ikaze Shetani akoresha:

  • Umukirisu wo mu kinjana ca mbere ahunze abamuhama

    Gutinya abantu

  • Uturundo tw’ibiceri

    Amaronko

  • Umuryango wo mu kinjana ca mbere uvuye mu kibanza c’inkino c’Abaroma

    Ukwisamaza kutabereye

  • Abagabo babiri bo mu kinjana ca mbere bariko barashwana

    Ingorane tugiranira n’abandi

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika