ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Mukakaro rup. 5
  • Nurondere gushikira igikorwa ciza

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Nurondere gushikira igikorwa ciza
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Ivyo bijanye
  • Bavukanyi mukiri bato, mwoba muriko murarondera gushikira amabanga?
    Igikorwa dukorera Ubwami—2013
  • Kubera iki abakirisu bakwiye kurondera guterwa uduteka?
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Rwaruka, mwoba muriko murakomeza ukwizera kwanyu?
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • Abakozi b’ishengero barakora igikorwa c’agaciro
    Ishirahamwe rikora ivyo Yehova agomba
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Mukakaro rup. 5
Umuvukanyi akiri muto ariko aratanga mikoro kw’ikoraniro, ariko ariyigisha, ariko arasunika mushiki wacu ageze mu zabukuru mu gakinga k’abamugaye

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | 1 TIMOTEYO 1-3

Nurondere gushikira igikorwa ciza

3:1, 13

Ni vyiza ko abavukanyi bitegurira gukora vyinshi mw’ishengero kuva bakiri bato. Ivyo birabaronsa akaryo ko kumenyerezwa no kwerekana ko bakwije ibisabwa vyotuma bagenwa kuba abakozi b’ishengero nibamara gukura. (1Tm 3:10) None umuvukanyi yokwitegura gute? Yogaragaza kandi agatsimbataza kamere zikurikira:

  • Kwitanga.​—km 7/13 2-3 ing. 2

  • Gukura mu vy’impwemu.​—km 7/13 3 ing. 3

  • Kuba umwizigirwa.​—km 7/13 3 ing. 4

Umukurambere ariko aramenyereza umuvukanyi akiri muto ingene yofasha mw’ishengero
    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika