ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb20 Ntwarante rup. 8
  • Nzotumira bande?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Nzotumira bande?
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
  • Ivyo bijanye
  • Woba uriko uritegurira Icibutso?
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Isekeza ryo gutangaza Icibutso rizotangura ku wa 17 Ntwarante
    Igikorwa dukorera Ubwami—2012
  • Ubutumire bw’Icibutso buzotangwa kw’isi yose!
    Igikorwa dukorera Ubwami—2010
  • Yehova arahezagira akigoro tugira ko kwitaba Icibutso
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2023
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
mwb20 Ntwarante rup. 8
Umuvukanyi ariko araha ubutumire bw’icibutso incuti yiwe itari Icabona bari ku meza. Inyuma yabo, abagore babo bariko baraganira bongera bategura ibifungurwa.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Nzotumira bande?

Buri mwaka turagira akigoro kadasanzwe ko gutumira abantu bo mu cibare cacu ngo baze kwifatanya natwe guhimbaza Icibutso. Nka bose usanga tutazinanyi. Ariko turakwiye gutumira n’abo tuzinanyi. Iyo abantu batumiwe n’abo bazinanyi, kenshi baritaba ubwo butumire. (yb08-F 12 ing. 1; 14 ing. 1) None wotumira nka bande?

  • Incuti

  • Abo mukorana canke mwigana

  • Ababanyi

  • Abo wigisha Bibiliya, abo wahora wigisha be n’amasubirayo

Vyongeye, abakurambere bazotumira abahororokewe. Bite ho nka hamwe uwo muzinanyi yoba ataba mu karere ubamwo? Kugira umenye isaha n’ikibanza Icibutso kizoberako mu karere iwabo, ja kuri jw.org ufyonde ahavuga ngo IBITWEREKEYE, uce uhitamwo ahanditse ngo “Icibutso.” Uko witegurira Icibutso c’uyu mwaka, niwiyumvire abo wotumira maze ubarungikire ubutumire.

Amafoto: 1. Umuvukanyi ariko abwira inkuru nziza uwo bakorana mu kiringo c’akaruhuko. 2. Umuvukanyi ariko yereka ividewo umugabo akora muri resitora.
    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika