ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ssb ururirimbo 153
  • Yehova, ya Mana y’ubukiriro bwacu

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Yehova, ya Mana y’ubukiriro bwacu
  • Ririmbira Yehova amashemezo
  • Ivyo bijanye
  • Nutume “Ukwizigira Ubukiriro” Kwawe Kuguma Gukayangana!
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2000
  • Ubukiriro ni iki?
    Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya
  • Uyu Ni Wo Musi wo Gukirizwako!
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—1999
  • Tuninahaze Dawe wa twese Yehova
    Ririmbira Yehova amashemezo
Ibindi
Ririmbira Yehova amashemezo
Ssb ururirimbo 153

Ururirimbo rwa 153

Yehova, ya Mana y’ubukiriro bwacu

(Zaburi 85:7)

1. Yehova Mana twubaha

Tubabarire ku vyaha.

’Caha twarakivukanye

Ukuri nta kwo twamanye.

Dukize turakwinginze.

Tuyobore ubikunze.

Twikundire udutunge.

Tugushime, tugusenge.

Tugushime, tugusenge.

2. Abawe mu ruhongore

N’intama nyinshi ntangere

Abantu barashobora

Kwitega k’ubarokora.

Uzik’utang’amahoro

Uyah’ingenzabuhoro.

Abantu bagutinya bo

Ubukiriro n’ubwabo.

Ubukiriro n’ubwabo.

3. Munyakuri, Mugwaneza!

Dukwiye kuguhimbaza.

Ubu ni vyinshi dushima,

Kuko Krist’ari ku ngoma.

Ubwami bwarakomeye

Turi n’amahor’akwiye.

Tubuvug’ahantu hose.

Ni w’uturokora rwose.

Ni w’uturokora rwose.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika