Itanguriro 12:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mu nyuma Aburamu asambura ikambi, agenda arakambika asubira, yerekeza i Negebu+. Itanguriro 20:1 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nuko Aburahamu yimura ikambi avuye ng’aho+, aja mu gihugu ca Negebu maze aba hagati y’i Kadeshi+ n’i Shuri+ yongera aba i Gerari+ ari kavamahanga. Guharura 13:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Baduze muri Negebu+, bashika rero i Heburoni+. Ico gihe, Ahimani na Sheshayi na Talimayi+, abavutse kuri Anaki+, ni ho bari. Aho i Heburoni+ hari hubatswe imyaka indwi imbere ya Zowani+ ho mu Misiri. Abacamanza 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mu nyuma bene Yuda bamanuka kurwanya Abanyakanani baba mu karere k’imisozi n’i Negebu+ no muri Shefela*+. 2 Samweli 24:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Maze bashika kw’iboma ry’i Tiro+ no mu bisagara vyose vy’Abahiwi+ n’ivy’Abanyakanani, hanyuma bagarukira i Beyeri-sheba+, muri Negebu+ ho muri Yuda. Obadiya 19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Bazokwigarurira Negebu, egome, bigarurire akarere k’imisozi ka Esawu+, na Shefela*, egome, bigarurire Abafilisitiya+. Bazokwigarurira akarere ka Efurayimu+ n’akarere ka Samariya+; kandi Benyamini azokwigarurira Gileyadi+.
20 Nuko Aburahamu yimura ikambi avuye ng’aho+, aja mu gihugu ca Negebu maze aba hagati y’i Kadeshi+ n’i Shuri+ yongera aba i Gerari+ ari kavamahanga.
22 Baduze muri Negebu+, bashika rero i Heburoni+. Ico gihe, Ahimani na Sheshayi na Talimayi+, abavutse kuri Anaki+, ni ho bari. Aho i Heburoni+ hari hubatswe imyaka indwi imbere ya Zowani+ ho mu Misiri.
9 Mu nyuma bene Yuda bamanuka kurwanya Abanyakanani baba mu karere k’imisozi n’i Negebu+ no muri Shefela*+.
7 Maze bashika kw’iboma ry’i Tiro+ no mu bisagara vyose vy’Abahiwi+ n’ivy’Abanyakanani, hanyuma bagarukira i Beyeri-sheba+, muri Negebu+ ho muri Yuda.
19 Bazokwigarurira Negebu, egome, bigarurire akarere k’imisozi ka Esawu+, na Shefela*, egome, bigarurire Abafilisitiya+. Bazokwigarurira akarere ka Efurayimu+ n’akarere ka Samariya+; kandi Benyamini azokwigarurira Gileyadi+.