Itanguriro 22:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Hariho n’incoreke yiwe yitwa Reyuma. Mu nyuma na yo nyene yibaruka Teba na Gahamu na Tahashi na Mayaka+. Itanguriro 25:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 mugabo abahungu b’incoreke Aburahamu yari afise, abaha ingabirano+. Maze akiri muzima, abarungika kure ya Izahaki umuhungu wiwe+, amaja mu buseruko, mu gihugu c’Ubuseruko+. Itanguriro 35:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nuko mu gihe Isirayeli yari acumbitse+ muri ico gihugu, igihe kimwe Rubeni aragenda aryamana na Biluha incoreke ya se wiwe, maze Isirayeli aravyumva+. Abahungu ba Yakobo rero bari cumi na babiri.
24 Hariho n’incoreke yiwe yitwa Reyuma. Mu nyuma na yo nyene yibaruka Teba na Gahamu na Tahashi na Mayaka+.
6 mugabo abahungu b’incoreke Aburahamu yari afise, abaha ingabirano+. Maze akiri muzima, abarungika kure ya Izahaki umuhungu wiwe+, amaja mu buseruko, mu gihugu c’Ubuseruko+.
22 Nuko mu gihe Isirayeli yari acumbitse+ muri ico gihugu, igihe kimwe Rubeni aragenda aryamana na Biluha incoreke ya se wiwe, maze Isirayeli aravyumva+. Abahungu ba Yakobo rero bari cumi na babiri.