Itanguriro 32:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 sinkwiriye ibikorwa vy’ubuntu bwuzuye urukundo vyose n’ubwizigirwa bwose wagiriye umusavyi wawe+, kuko najabutse uru ruzi Yorodani mfise inkoni yanje gusa, ubu nkaba nacitse amakambi abiri+. 1 Timoteyo 5:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nkako, nimba umuntu ataronsa abiwe ivyo bakeneye+, na canecane abo mu rugo rwiwe+, aba yihakanye+ ukwizera+ kandi aba abaye mubi kurusha uwutagira ukwizera.
10 sinkwiriye ibikorwa vy’ubuntu bwuzuye urukundo vyose n’ubwizigirwa bwose wagiriye umusavyi wawe+, kuko najabutse uru ruzi Yorodani mfise inkoni yanje gusa, ubu nkaba nacitse amakambi abiri+.
8 Nkako, nimba umuntu ataronsa abiwe ivyo bakeneye+, na canecane abo mu rugo rwiwe+, aba yihakanye+ ukwizera+ kandi aba abaye mubi kurusha uwutagira ukwizera.