Guharura 21:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Iriba, abaganwa bararyimvye. Abanyacubahiro b’abantu bararyimburuye,N’inkoni ya kizigenza+, n’inkoni zabo bwite.” Hanyuma bava mu gahinga baja i Matana. Zakariya 11:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko ndabaragirira umukuku+ ugenewe kwicwa+, yemwe barushwa bo mu mukuku+. Ndaheza nironsa inkoni zibiri+. Imwe ndayita Gikundiro+, iyindi na yo ndayita Rwunzi+, maze ntangura kuragira umukuku.
18 Iriba, abaganwa bararyimvye. Abanyacubahiro b’abantu bararyimburuye,N’inkoni ya kizigenza+, n’inkoni zabo bwite.” Hanyuma bava mu gahinga baja i Matana.
7 Nuko ndabaragirira umukuku+ ugenewe kwicwa+, yemwe barushwa bo mu mukuku+. Ndaheza nironsa inkoni zibiri+. Imwe ndayita Gikundiro+, iyindi na yo ndayita Rwunzi+, maze ntangura kuragira umukuku.