Itanguriro 31:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Sinakuzaniye igitungwa na kimwe catabaguwe n’igikoko+. Ni jewe ubwanje nemera kugihomba. Hagize icibwa ku murango canke icibwa mw’ijoro, warakinyishuza+. Kuvayo 22:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Hamwe cotabagurwa koko n’igikoko+, abwirizwa kukizana bwa kimenyamenya+. Icatabaguwe n’igikoko ntazogitangira inshumbusho.
39 Sinakuzaniye igitungwa na kimwe catabaguwe n’igikoko+. Ni jewe ubwanje nemera kugihomba. Hagize icibwa ku murango canke icibwa mw’ijoro, warakinyishuza+.
13 Hamwe cotabagurwa koko n’igikoko+, abwirizwa kukizana bwa kimenyamenya+. Icatabaguwe n’igikoko ntazogitangira inshumbusho.