ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 48:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Yozefu abonye yuko se wiwe agumije ukuryo kwiwe ku mutwe wa Efurayimu, biramubabaza+, maze agerageza gufata ukuboko kwa se wiwe ngo agukure ku mutwe wa Efurayimu agushire ku mutwe wa Manase+.

  • Guharura 1:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 abanditswe muri bo bo mu muryango wa Efurayimu+ bari ibihumbi mirongo ine n’amajana atanu+.

  • Gusubira mu vyagezwe 33:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ubwiza bwakaka bwiwe ni nk’ubw’ishūri y’uburiza+,

      Amahembe yiwe ni amahembe y’ishūri y’inyeshamba+.

      Ni yo azosunikisha ibisata vy’abantu+

      Vyose hamwe gushika ku mpera z’isi,

      Kandi ni yo bihumbi mirongo vya Efurayimu+,

      Kandi ni yo bihumbi vya Manase.”

  • Yosuwa 14:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Kuko bene Yozefu bari bacitse imiryango ibiri+, Manase+ na Efurayimu+; kandi Abalewi ntibari barahawe umuturi mu gihugu, kiretse ibisagara+ vyo kubamwo n’amatongo y’uburagiriro yavyo ku bw’ibitungwa vyabo n’ivyo batunze+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika